Umuririmvyi w’umurundi ariko akaririmba indirimbo zihayagiza IMANA (Gospel) David Tresor , yatowe kuzoririmba ururirimbo ruhayagiza igihugu ca Australia mu rukino rukomeye cane rwa Championship ruzohuza umugwi nserukira…
Fortran Bigirimana agiye kumara imisi 7 I Kigali aho yitabiriye ibikorwa vy’igikorane kiriko kibera muri ico gisagara aho yatumiwe n’umwe mu bakozi b’Imana bakomeye muri ico gihugu. Fortran Bigirimana yarafise igiteramo mu…
Inyuma y'igiteramo ca Big Fizzo I Bruxelles, ubu naho abazoba bari ku mugwa mukuru w'ububirigi mu kwezi kwa Kane bazokwakira Fortran Bigirimana. Akoresheje urubuga rwiwe rwa Instagram, Fortran Bigirimana yavuze ko…
Atarafata umwanzuro wo kuririmba ngo asohore indirimbo ziwe bwite,Yanick Uttar yacuraranga guitar mu rusengero ndetse akanafasha abandi kubayobora mu ndirimbo zabo. Mu nyuma yaho Uttar yahavuye afata umwuga wo kuririmba…
"Dans leur détresse, ils crièrent à l'Eternel, Et il les délivra de leurs angoisses; Il envoya sa parole et les guérit, Il les fit échapper de la fosse'' ( Psaume 107: 19-20). Tu es peut être dans cette…
John Peter Hakizimana azwi nka John Classic, ni umurundi yavukiye mu gihugu kibanyi ca Repubirika yunze ubumwe ya Tanzaniya, akaba gushika ubu aba muri Canada. Uwo musore ariko aritwara neza mu muziki asanzwe aririmba…
Amashimwe voice ni bamwe muri benshi bashaka iterambere ry ' umuririmvyi w'umurundi na cane cane abaririmba izo guhimbaza Imana. Kuri uwu wa gatanu igenekerezo rya 18 Ruheshi 2021 niho bari baramutse bahamagara…
Ibombora bombora, ukwangazanya, gushengezanya, bigashika naho barwana, niyo makuru yaramaze imisi avurwa mu mashengero meshi hano mgihugu cacu. Kuri uwu w'imana igenekerezo rya 7 Ruhuhuma 2021 niho…
DIEU N'EST PAS UN HOMME POUR MENTIR ( Nombres 23:19) Le mot déstin se fait définir comme suit" Sort d'une personne ou d'une chose , en tant qu'il résulte de forces extérieures invincibles, ce qui…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.