Kubona imiti, canke uwukwitwaho mu buhindi ku bijanye n’ukwivuza ikiza ca Corona Virus ngo n’igikorwa gikomeye cane kubera ubwinshi bw’abagwayi b’ico kiza baboneka mu bitaro bitandukanye muri ico gihugu. Ivyo bikaba vyaciye…
Abakora imibonano Mpuzabitsina ngo bariyongereye muri aya mezi 3 ya mbere y’umwaka wa 2021 nkuko ikigo gihingura udukingirizo “DUTEX” kibimenyesha. Ivyo bakaba babivuga bafatiye kuko ibicuruzwa vyabo vy’uwu mwaka…
Ce mardi 20 avril 2021, Thaddée Ndikumana, Ministre de la santé publique et de la lutte contre le Sida a inauguré dans la ville de Bujumbura un Centre des Opérations d’Urgences de Santé Publique (COUSP) du Ministère de la…
Amafaranga arenga imiriyoni mirongo ine n’icenda z’amadorari y’abanyamerika niyo akenewe kugira umugambi wo kugwanya koronavirisi uranguke neza. Menshi muri ayo azokoreshwa mu kugura ibikoresho vyo gupima no kwifashisha mu…
Abarundi barayamaze ngo Umwana s’uwumwe, umwana n’uw’igihugu. Inyuma y’imyaka ibihumbi n’ibindi abarundi baciye uwo mugani n’ubu hari ab’umutima bakiwugendera, bagafata mu mugongo umwana w’igihugu bataravye iyo ava canke ico…
Ishirahamwe ryo kuvuza abakozi ba Reta, Mutuelle de la Fonction Publique ryafashe ingingo ko kuva ku wa 29 Ntwarante, abakozi baryo hamwe n'abanywanyi baryitura bategerezwa kuba bambaye agapfukamunwa. Iyo ngingo ifashwe…
Kuri uyu wa mbere, igenekerezo rya 22 Ntwarante umwaka w'2021, inyuma y'inama ihuza umurwi ushinzwe kurwanya ikiza ca koronavirusi, umushikiranganji ajejwe kubungabunga amagara y'abantu no kurwana Sida Thaddée…
Mu misi 6 gusa, Urwanda rumaze gukingira abarenga ibihumbi 230 ikiza ca Covid-19. Aho ni mu gihe Urwanda rubaye urwa mbere muri kano karere Uburundi burimwo rwakiriye izo nkingo za Covid-19 co kimwe n’ugukingira Abenegihugu.…
Clotilde Niragira yigeze kuba umushikiranganji w'Ubutungane mu mwaka wa 2005 yarashengeye azize ingwara yaheruka gutorwa mu gihe ca Vuba. Clotilde akaba azize ingwara ya Cancer yo mu bwonko nkuko bishikirizwa n'umwe…
Ishirahamwe mpuzamakungu rijejwe amagara y'abantu OMS risaba igihugu ca Tanzania gusubira kwerekana ibitigiri vy'abandura ikiza ca COVID-19. Ivyo bikaba vyahsikirijwe Tedros Adhanom asanzwe atwara OMS. Dr. Tedros…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.