Parfait Bizoza umukinyi yigeze gutumwako mu murwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba munyuma bakanka kumukinisha yaraye asinye amasezerano y’imyaka 2,5 yo gukinira umurwi wa Lyngby FK ukina mu cicaro ca mbere mu gihugu ca…
Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru muri Africa CAF , ryaraye rikuye ikibuga Huye co mu Rwanda mu bibuga vyemerewe kwakira inkino mpuzamakungu hamwe n’ikibuga ca Martyrs yo muri RDC . Ivyo bikaba bibaye mugihe Urwanda…
Yoya Jamal mu gusohora ya ndirimbo nshasha Nyakabiga ngo yarahaze aca aja guturira umube ku barundi basigaye mu gihugu. Umu Comedien Ismail Gasore, kw'igenekerezo rya 01ruhuhuma niho yashira ahabona aka Video, aho…
Umurwi Bumamuru Fc washoboye kwagirizwa amanyanga n’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB mu gutanga urupapuro rwerekana amagara y’umukinyi ( TMS) ibipimo bisanzwe bikorwa n’igisata kijejwe amagara muri FFB . …
August Burundi abarizwa muri management" IREBE" umuririmvyi w'umurundi asanzwe akorera ibikorwa vyiwe muri Amerika ,Album yiwe Dukunde Uburundi igizwe n'indirimbo z'akaranga zihamagarira abarundi…
Umukinyi w’umurundi akinira umurwi wa Green Eagles ukina mu cicaro ca mbere muri Zambia yinjije igitsindo ciwe ca mbere . Hari ku musi musi wa gatandatu igenekerezo rya 28 Nzero 2023 aho umurwi Green Eagles wari wakiriye…
Kumwe abafana b'abarundi barindiranye igishika cinshi Collabo ya Big Fizzo na Sat-b, ngo niko n'aba Tanzania banyotewe kwumva Collabo ya Alikiba na Diamond Platnumz. Umwe mu ba manager ba Diamond Platnumz, Mkubwa…
Umukinyi w’Intamba mu rugamba Mohammed Amissi yashize umukono ku masezerano yo gukinira umurwi wa Uniao Deportiva de Leira ikina mu cicaro ca gatatu muri Portugal mu kiringo c’umwaka n’igice . Mohammed Amissi…
Ibiheruka gushikirizwa na Amb. Francine Niyonsaba birarikoroje ku mbuga ngurikanabumenyi. Sat-b na Simbizi wa Semavumba nabo ntivyabasize batabivuzeko. Mu gihe Ambassadeur Francine Niyonsaba yaheruka gushikiriza ko abantu…
Umukinyi w’umurundi Mvuyekure Emanuel akaba na Kizigenza w’umurwi KMC yaraye afashije uwo murwi kuja mu gice gikurikira mu nkino za Azam Sports Federation Cup. Emanuel Mvuyekure akaba ariwe yinjije igitsindo ca KMC…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.