Preeze avuga ko umusahirizi yoba azanywe n'ukumurihira inzu hamwe n'ukumugurira impuzu, uwo ngo yoshaka akirekera. Preeze ngo nta mugambi afise wo kurondera abasahirizi bamugurira impuzu canke abamurihira inzu, kuko ivyo!-->!-->!-->!-->!-->…
Karim Nizigiyimana batazira Makenz agiye kuboneka mu kibuga Ku ncuro yiwe yambere ari muri Vipers Fc. Inyuma yo kugurwa n'umugwi Vipers Fc ukina mu cicaro ca mbere mu Buganda kur' uyu wa Gatandatu igenekerezo!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Dudu avuga ko naho abaririmvyi bata umwikomo ku butegetsi, ngo amakosa akorwa nabo ubwabo. Dudu Niyukuri yahavuye ahishura impamvu yamutumye we yerekeza mu gihugu ca Kenya. Aho ni mu gihe we n'abatari bake mu!-->!-->!-->!-->!-->…
Mu gihe wandaboy avuga ko indirimbo ya Sat-b na Meddy aribo bayifise, Sat-b we avuga ko iyo ndirimbo itarahera, ahubwo ngo agiye kuyiherahereza i Kigali mu Rwanda. Sat-b avuga ko ivyo ari ivyo baheruka kuganira na Meddy!-->!-->!-->!-->!-->…
Habaye ukutumvikana hagati y'abashingamateka muri Tanzania kubera ukwigenyeza, Ugusiramurwa. Ivyo bikaba vyasabwe n'umugore w'umushingamateka, ashigikirwa na mugenziwe ariko umwe mu bashingamateka!-->!-->!-->…
Ibitaro vyitiriwe umwizero vy’i Kibuye mu ntara ya Gitega muri komine ya Bukirasazi (Hôpital Espoir de Kibuye) bigiye gusubira kwakira abahinga karuhariwe mu kuvura no kubaga amagufa. Abaganga b’abahinga mu kuvura no!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi nserukira gihugu w'Intamba mu rugamba uhejeje gusezererwa n'igihugu ca Africa yepfo mu mahiganwa ya CAN U 20. Hari kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 08 Ruhuhuma umwaka wa 2019 isakumi n'imwe n'igice!-->!-->!-->!-->!-->…
Amafaranga Diamond afise ngo ntashikira ayo abagabo bandi bagendanye na Zari bari bafise. Mu gihe Zari azwiko kugendana n'abagabo bafise amafaranga, Diamond ngo ntaja mu gitigiri c'abagabo bafise amafaranga!-->!-->!-->!-->!-->…
Abakunzi b'inkino bipangiye urutonde rwabo basaba na Joslin bipfubusa ko arirwe yotanguza mu rukino rw'africa y'epfo. Mugihe kuri uyu wa Gatanu igenekerezo rya 08 Ruhuhuma umwaka wa 2019 isaha cumi nimwe n'igice!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba wa batarenza imyaka 20 wemerewe umuriyoni umwe kuri buri mukinyi nibwatsinda urukino ruzobahuza na Africa y'epfo. Ayo mahera bakaba baramutse bayemerewe n'uwusanzwe!-->!-->!-->!-->!-->!-->!-->…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.