Iboneka rya Olegue muri Party People Kandi Atari mu bari kuri Affiche, ngo ntibimuhungabanya, kuko we ngo aja mu bintu Azi ico abishakamwo. Mu mpera z'uyu mwaka wa 2022, abaririmvyi batandukanye barabashije gukora…
Mutima le comedien mwamumenye kubera gutwenza, muri uko gutwenza kwiwe haraho yavuga ko afise ubugeni mu nyuma bikarangira avuze ko ubugeni bwasivye. Ivyo biri muri bimwe vyatumye benshi badasubira kwizera ivyavuze…
Ishirahamwe NCDP rirongowe na Alphonse Nahimana umurundi aba muri Canada, rifise Icicaro caryo i Muramvya, ryatanguye buke buke rifasha abanyagihugu mu vy'uburimyi n'ubworozi, bakigisha abarundi guhanahana…
Mkombozi Umwanditsi w'indirimbo mu mudiho wa Rap n'umurundi akunda I gihugu ciwe nkuko yama ahimiriza abandi ku gikunda acishije ku mbuga ngurukanabumenyi ziwe abahanura ko bokunda i gihugu cabibarutse. …
Mu ntumbero yo kwitegurira neza igice ca kabiri c’ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere ( Primus League) kiza gutangura kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 20 Nzero 2023 , umurwi Inter Star waguze abakinyi bashika kuri 5…
Umukinyi w’umurwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba Mohammed Amissi ntakibarizwa mu muri Roda Jc Kerkrade wo mu cicaro ca kabiri mu gihigu ca Hollande . Uwo murwi waraye uvuze ko waraye uhagaritse amasezerano wari…
Mu gihe bivugwa ko umusore Double Jay na Big Fizzo ariwe CEO wa Bantu Bwoy boba batarabana ryiza, uwo muririmvyi yaciye mu maboko yiwe igihe kitari gito yumvikanye aririmba akajambo twaheruka kwumva kera aririmba, ako nako ni…
Hampande yo kuronka ikibondo muri ino ndwi twaraye turangije, umuhinyanyuzi Endo Mike nawe yagize ico ashikiriza ku buryo umuhinyanyuzi w'umurundi John Elarts agize imisi akora. Endo Mike abarizwa muri Canada muri ino…
Kuba umutumire kuri YouTube zitari nke, gukorera muri Magic Chanel Tv, no kwerekeza ku mugabane w'Uburayi, ngo ntibihagije, Elsie Gretta ngo agiye kugaruka. Elsie Gretta, n'umwigeme yamenyekanye cane hano iwacu…
Umukinyi w’umurwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba Saidi Ntibazonkiza abandanya yigenza neza mu gihugu ca Tanzania . Hari kuri uwu wa gatatu igenekerezo rya 18 Nzero 2023 ku kibuga ca Mkapa kiri mu…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.