Uwahoze ari kizigenza w’Intamba mu rugamba Vallery Nahayo akaba ari no muri Staff shasha y’Intamba mu rugamba asa nk’uwarungikiye ubutumwa abakinyi batahamagawe mu murwi nserukira gihugu w’Intamba mu rugamba . Vallery Nahayo…
Ukwitwara neza mu murwi Geita Gold biri mu bituma uburongozi bw’uwo murwi bwipfuza kumwongereza amasezerano . Uwurongoye uwo murwi yabwiye ikimenyeshamakuru Mwanaspoti ko ibiganiro hagati yabo na Arakaza Mac Arthur umunyegori…
Umukinyi w’Umurundi afise se amuvyara w' Umurundi akagira nyina wiwe akaba umunyarwandakazi ubu ashobora gukinira igihugu c’Uburundi. Umurwi nserukira gihugu w’Ububirigi ni wareka gutumako Ndayishimiye Mike Tresor mu…
Umurwi Bumamuru Fc waraye uhaye umunezero udasanzwe abakunzi bawo inyuma yo gutahukana igikombe . Hari kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 20 Rusama 2023 isaha Icenda 15h00 ku kibuga Urunani mu Cibitoke , aho umurwi…
Umukinyi w’inyuma muri Inter Star yaranse kurya igiturire kugira atsindishe umurwi wiwe yafashwe nk’intwari idasanzwe n’uburongozi bw’uwo murwi . Yitwa Irakoze Bienvenue asanzwe akina inyuma , mu nkino 10 zari zisigaye za…
Umukinyi w’Umurundi Ndayishimiye Mike Tresor yanditse amateka mu gihugu c’Ububirigi . Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 22 Rusama 2023 mu gihugu c’Ububirigi niho haraye hatangwa ubushimwe butandukanye mu bakinyi bagiye…
Umukinyi wese w’ntamba mu rugamba azorenga amategeko y’umurwi nserukira gihugu azohanwa hisunzwe amategeko . Ivyo bikaba vyaraye bivuzwe n’uwurongoye Ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi Général de Brigade de Police…
Umukinyi w’umusatirizi wa kera wa Aigle Noir Cs hamawe na Vital’o Fc Amissi Tambwe muri kino gihe akinira umurwi wa Singida Big Stars wo muri Tanzania ashobora gusezererwa muri uwo murwi. Ku makuru dukesha ikimenyeshamakuru…
Umukinyi w’inyuma w’umurundi akinira umurwi Coastal Union wo mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Tanzania yahagaritse amasezerano yari afitaniye n’uwo murwi . Imvo n’uko uwo murwi Coastal Union utigeze ushitsa ivyo wari wemereye…
Ikibuga citiriwe Intwari kibandanya gishigikirwa ku buryo bushimishijwe . Hari kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 13 rusama 2023, aho abarongoye Ibimenyeshamakuru bikorera ku mbuga ngurukanabumenyi ( Medias en…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.