B Face mu makuru yacu twagiye turabashikiriza twarabamenyesheje ko ikibazo ca Visa, cavuyemwo induru Igenekerezo rya 28 Rusama 2023 ariho yahaguruka mu gisagara ca Bujumbura yerekeza muri Australia. Urugendo ni rurerure,…
Bamwe ishavu ryagera i mutwe ngo yavuze ko aba Diaspora bakora nk'ibimachine, ngo nta wuzoja ku muraba, ubu ubwanwa bwafutse umunwa. Ariko rero iboneka rya Bahaga mu giteramo kimwe muri 2, ndakurahiye bifitanye Isano…
Mu gihe B Face yamaze gushika muri Australie, akagenda ataranamenyesha ko yaronse na Visa, uwo muririmvyi yasohoye ama Photo ya mbere ari muri ico gihugu. Ayo mashusho akaba atandukanye nayo yarasanzwe asohora, kuko Kuriyo…
Mugani Désire murikino gihe abamukurikirana ku mbuga ziwe akoresha batwenga imbavu zikuma, nubwo bitabonwa kumwe n'abamukurikirana bose Ivyo akaba abikora nkotu vidéo dutwenza canke amajambo yandika atwenza ubu hoho haje…
Mu kiganiro Vichou love yakoreye kuri Indundi Tv yavuze ko ukwezi kwa Rusama kutazorangira adakubitiye muri Quatar none azayagiye Mu gitondo co kur'uwu w' Imana igenekerezo rya 28 Rusama 2023 niho yafata…
Nasibu Abdoul Juma benshi muzi nka Diamond Platnumz ngo ubu icongereza avuga gisa neza ugereranije n'ico yavuga mu myaka yahera. Urwo rurimi mva makungu yize akuze, rukaba ruheruka kumwerekana neza, aho hasohokeye igice…
DJ Paulin ibiharuro yakoze mu gukorana n'abaririmvyi Drama T na Juno Kizigenza, mu ndirimbo Your Love yasohoye ku musi w'ejo, ntiyihenze, kuko ibiharuro bihari vyerekana ko igikorwa cakunzwe Kiriko kirakundwa cane.…
Akajambo ukunuka kaheruka kuvugisha benshi, bamwe bakanacanamwo, bakanavuga amajambo atari meza, gasubiye kugarukanwa ku rubuga rwa Twitter. Ikimenyeshamakuru BETV, giheruka gukora inkuru mu gisata co kwunguruza abantu, aho…
Inyuma yo gukora Ibiteramo mu bihugu bitandukanye vya Afrika n'uburayi Fortran Bigirimana agiye gukorera ibiteramo mu gihugu ca Canada mu kwezi kw'9, nkuko vyabonetse. Amakuru ava ku rubuga rwa Facebook, rwa Fortran…
Amazina yahawe n'abavyeyi ni Bagabo Patrick umuziki nawo umuha izina rya Pin Pajo. Kuva 2020 niho yahisemwo kuririmba indirimbo zo kuninahaza Imana indirimbo igira 3 akaba ariyo agomba kudushikiriza vuba. Uretse ko ari…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.