Indundi
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
    • french
    • english
    • kirundi
  • Diaspora
Create
Indundi
  • Home
  • News

News

Allafrica newsWorld News
homepage

Omicron yatumye ingendo z’indege zirenga 8000 zihagarikwa 

by yanick
1 year ago
100
africa news

Message du Président de la Commission de l’Union africaine, à l’occasion de la célébration de la Journée de l’Union Africaine

2 years ago
100
Health

Mu bushinwa umwanda mukuru niwo ugiye kuza urabwamwo…

2 years ago
100
africa news

Kigali yasubijwe muri Gumamu rugo ( Lockdown )

2 years ago
100
africa news

Impunzi y’umurundi muri Kenya itanga akazi, ikanafasha kugwanya Corona Virus mw’ikambi ya Kakuma

https://www.youtube.com/watch?v=Ksog4EP4eqc Hampande yo kuba umwe mu batanga akazi mu gace aherereyemwo, Innocent Havyarimana n’umwe mu bafasha kugwanya ikiza ca Corona Virus mw’ikambi y’impunzi ya Kakuma muri Kenya. Muri uno…

yanickby yanick
Dec 24, 9:57 am
100
Health

Urucanco rwa Covid-19 rushobora kugira ingaruka ku bavyeyi bibungenze canke bonsa

Mu gihe urucanco rwa Covid-19 rwari rurindiranywe igishika rwatanguye gutangwa , bimaze kuboneka ko rudashobora kuronswa abantu bose na cane cane abavyeyi bibungenze n'abasanzwe bonsa abana. Mu bantu bakoreweko…

janvierby janvier
Dec 23, 12:58 pm
100
Health

Breaking news: Perezida w’Ubufaransa yafashwe na Covid-19

Kuri uwu wa kane igenekerezo rya 17 Kigarama 2020 , neza na neza mu mango y'isaha zitanu , ingoro y'igihugu c'ubufaransa Elysée niho yamenyesha isi yose ko umukuru w'igihugu Emmanuel Macron ahejeje…

janvierby janvier
Dec 17, 2:50 pm
100
Burundi

#diaspora News| Styves Derrick agiye gusesekara mu Burundi mu misi ya vuba

Afatwa nk’umumenyeshamakuru kiremesha w’urunganwe rushasha, yazanye impinduka muri ico gisata na cane cane muri Sport, Steves Derrick ni umutumire wacu isaha 12 (18h) amasaha ya hano ibujumbura kw’igenekerezo rya 15 kigarama.…

gibbonby gibbon
Dec 15, 3:42 am
100
homepage

Youtube, Google, Gmail  n’izindi mbuga za Google zari zapfuye

https://www.youtube.com/watch?v=kvJfdSbQCkk Imbuga hafi nka zose za Google ngo ntizariko zirakora ku basanzwe bazikoresha kandi kw’isi hose. Izo mbuga nazo ni nka Youtube, Gmail n’izindi zitari nke zisanzwe zikoreshwa…

yanickby yanick
Dec 14, 12:31 pm
100
featured sport

Paolo Rossi, Champion w’igikombe c’isi yose co 1982 yitavye Imana

Mu gihe hadaheze n'ukwezi abakunzi b'umupira w'amaguru bari mu kigandaro co kubura imwe mu ntwari z'umupira w'amaguru Diego Armando Maradona, mw'ijoro ryo kw'igenekerezo rya 9 Munyonyo 202O…

gibbonby gibbon
Dec 11, 9:41 am
100
Health

#health|Ikiza Corona Virus coba kigiye kuranduranwa n’imizi?

Haraheze iminsi ikigo Pfizer na BioNtech c'ubudagi na Amerika gitanguye gukoresha incanco cakoze zikingira ikiza Corona Virus. Margaret Keenan akaba ari umukecuru w'umwongerezakazi w'imyaka 90 yabaye uwambere…

gibbonby gibbon
Dec 11, 7:45 am
100
football

FIFA : Uburundi bwagumye mu kibanza bwahoramwo

Nk’uko mu bizi buri kwezi ishirahamwe ry’umupira w’amaguru kw’isi FIFA ryama risohora urutonde rw’uko imigwi nserukirabihugu yama isumbasumbanya ibibanza , Uburundi muri kuno kwezi kwa Kigarama bwagumye mu kibanza ca 138.…

bosingwaby bosingwa
Dec 10, 5:24 pm
100
Burundi

Diego Maradona ku noti nkuru ya banki y’igihugu ca Argentina

Mu gihe haheze iminsi mike imwe mu ntwari z'umupira w'amaguru Diego Armando Maradona yitavye Imana ku myaka 60 ihitanywe n'ihagarara ry'umutima ryabaye igenekerezo rya 25 munyonyo 2020, iyo ntwari yoba…

gibbonby gibbon
Dec 9, 5:24 pm
100
africa news

Diamond Platnumz yakubise hasi abaririmvyi bakomeye muri Afrika

https://www.youtube.com/watch?v=wIuCCQ5ZPyo&t=27s Indirimbo Waah ya Diamond Platnumz na Koffi Olomide ibandanya gukora ibikora inka ku rubuga rwa Youtube, aho ubu igeze ku miliyoni 6 z’abamaze kuyiraba. Ivyo bikaba bibaye…

yanickby yanick
Dec 4, 7:41 am
100
  • 1
  • 2
  • 3
  • …
  • 27
  • Next

Weekly Popular

Francine Niyonsaba yagirijwe kutabibona kumwe na Leta Mvyeyi
Uncategorized
1,341

Francine Niyonsaba yagirijwe kutabibona kumwe na Leta Mvyeyi

# Indundi Sports | Coupe du Président: Uko imirwi igiye guhura mu gice ca 16 gishira icanyuma
football
1,212

# Indundi Sports | Coupe du Président: Uko imirwi igiye guhura mu gice ca 16 gishira icanyuma

# Indundi Sports| Breaking News :FFB igiye kuza ifatira ibihano abatazoba bitabira inkino z’Intamba mu rugamba
abakinyi bakina hanze
686

# Indundi Sports| Breaking News :FFB igiye kuza ifatira ibihano abatazoba bitabira inkino z’Intamba mu rugamba

Emery Sun ashima Imana abandi barira ayo kwarika
Entertainment
596

Emery Sun ashima Imana abandi barira ayo kwarika

Drama T we yungukiye mu gutukwa n’aba Diaspora batari bake
Entertainment
464

Drama T we yungukiye mu gutukwa n’aba Diaspora batari bake

Indundi
© 2023 Indundi - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
    • french
    • english
    • kirundi
  • Diaspora
Indundi
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
    • french
    • english
    • kirundi
  • Diaspora
  • Home
  • entertainment
  • radio
  • sport
  • videos
  • Language
    • french
    • english
    • kirundi
  • Diaspora
© 2023 Indundi - Burundi Entertainment theme by akbilisim.
Create

Login

Welcome, Login to your account.

  • Login With Facebook
  • Google
  • Twitter
Or
Forget password?

Register

Welcome, Create your new account

You have an account? Go to Sign In

Recover your password.

A password will be e-mailed to you.

Sign In