Mu ntumbero yo gufasha urwaruka no kururinda kuja mu bitabereye mu gihe c'uburuhuko, ishirahamwe Football Helps ( AFH) ryatunganije ibikorwa kuri urwo rwaruka bizotangura kw'igenekerezo rya 18/07/2020 mu nyakabiga…
Inyuma yo kunganya na Delta Star igitsindo 1-1 mu rukino rwo gusubiriza rwo guhiganirwa itike ryo kuduga mu cicaro ca mbere , les Elephants niwo waronse amahirwe yo kuduga mu cicaro ca mbere . Mu rukino rwo gutangura…
Inyuma y'aho umugwi Muzinga Fc unyagiriye Top Junior ibitsindo 9 mu rukino rwa nyuma rwo mu cicaro ca kabiri rwaciye rutuma baduga mu cicaro ca mbere inyuma y'imyaka itatu bari mu cicaro ca kabiri , uwurongoye…
Inyuma y' itahukanwa ry'igikombe c'Ihiganwa rya Primus league ry'umwaka wa 2019 ushira 2020 , uburongozi bwa Aigle Noir The Fighters bwahaye iigikorwa kidasanzwe umumenyereza wayo wa mbere…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.