Uko biri aho tugeza amaso Maze rero ugasanga abantu bagishakana , imitima yabo ikaba yuzuye urukundo. Uwuryamye, akaryama ntibuca. Uwubunye uwundi umuti ngo di! gutyo dogirigori, bagaheza bagashika aho bashira ku muco…
Aha rero kw'isi vyotubera vyiza twamye tuzirikana ko turi mu rugendo rutujana ahandi; aho imishaha yacu izoba akaramata. Nico gituma rero uwaciye urwevu, aheza akama azirikana ivy'urwo rugendo uko bukeye uko bwije…
Qu’est-ce que la jalousie ? Dans le livre " les 7 péchés capitaux ou ce mal qui nous tient tête" écrit par Pascal IDE ET Luc ADRIAN, la jalousie est définie sous deux aspects : la tristesse de ce qu’a l’autre et la…
Who that cape fit, let them wear it! ( Bob Marley) Ayo ni amajambo amwe akoreshwa n'umuhisi w'umuririmvyi Bob Marley. Ariko ni amajambo akomeye cane mu buryo bw'impwemu kuko kanatsinda uyo muhisi ivyo…
Iyo zimaze kukunyengetera, ziraheza zikakugira nk'imbohe. Ukarondera kuziheba canke ukuzigabanya bikaguta kuw'amazi! Iyo zimaze kuba rero zaramaze kugushikana kuri urwo rugero, ni ukuvuga, ko, ziba zarakuboshe.…
Ijambo "ukuborerwa ", jewe ndumvamwo ijambo ritameze neza ugerageje kuricagagura. Womengo harimwo "kubora" muga ntavyo mvuze kuko ntari umuhinga mu kirundi. Tuzobaza kazinduzi. Abasokuru bavuze ngo inzoga…
Nk'umuntu rero yagize amahirwe y'ukuyobora abandi, n'ukuvuga ko ahiriwe. Uwo muntu aba yahawe igikorwa c'umwungere. Aba aragiye intama z'Imana, kuko nkako, umwungere nyene ubwungere ni Imana yo nsa!…
URUKUNDO RWO RUSA NIRWO RUKIZA Iyo rero abantu bahejeje bakavuga ibijanye n'urukundo, turaheza twese tugaca twihutira kubona rumwe ruhagaze ahanyiganyiga, ku bishobisho rw'abataremye kumwe mu buryo…
Maze rero imirwi ibiri y'abantu batavuga kumwe bari bari bahanganye bagaheza umusi uri zina bagaheza bakumva umuhamagaro w'ugushira hamwe. Mu ruhande rw'abantu basanzwe bazi amatati ari hagati y'izo…
Mw'ijambo "igicumuro'' ndumvamwo ijambo "icumu". Iyo ucumuye rero, ni nk'uko uba ucumise. Uwo mucumuranye burya muba mucumitanye! Muba musamburanye. Muba mumongoranye amubi…
Welcome, Login to your account.
Welcome, Create your new account
A password will be e-mailed to you.