HOT

Double Jay yaburiye aho Bwiza yaronkeye

Mu gihe Double Jay yamaze gushira amaboko hejuru ko ivya Visa bitagikunze, Bwiza we ngo abafana bari bamwiteze I Burayi ngo n'ubu nibabandanye bamwitege. Muribuka tubabwira ko double Jay na Bwiza vyanse ko baronka VISA…

Urumogi rwabaye Deal ikomeye mu Rwanda

Urumogi mu gihugu kibanyi c'Urwanda, ruri mu biterwa ico gihugu cipfuza gukuramwo amafaranga menshi cane, Kandi rukipfuza ko abafise amafaranga boyashiramwo kuko hateganijwe kuvamwo inyungu itari nto muri ico giterwa mu…