Home featured sport Coupe du Président : Uki Niko Imigwi yose yatsindanye mu gice ca...

Coupe du Président : Uki Niko Imigwi yose yatsindanye mu gice ca 32 gishira icanyuma

Kuva Ku musi wa Kane igenekerezo rya 04 Nzero umwaka wa 2019 inkino z’igice ca 32 gishira icanyuma z’igikombe c’Umukuru w ‘Igihugu zaratanguye icese , izo nkino zikaba zakinywe imisi ine, Ku musi wa Kane , uwa gatanu , uwagatandatu , n’umusi w’Imana.

Uku Niko umuigwi yose yatsindanye mu gice ca 32 gishira icanyuma c’igikombe c’Umukuru w’igihugu. – Flambeau de l’Est 7-0 Béthanie de Gitega – Les Jeunes Athletic 3-0 Pneu Fc de Mubimbi – Royal Fc 4-0 Nyabitsinda Fc -Les lierres Fc 1-1 Aigle Noir Mairie ( Penalty 2-1) -Athletic Olympic 13-0 Intaramyi de Kinyinya – Bumamuru Fc 1-0 Academies Umutima Cibitoke -Bujumbura city 10-0 Mapenz Fc Mutimbuzi – Ngozi City 5-0 Jeca Régina Mundi – Inter Star 7-0 Messager Gishubi – Busoni Star 1-1 Malaika Fc karuzi Penalties ( 4-2) – Kayanza United 6-0 Freedom Fc Gisuru – Les Crocos De Rumonge 1-0 Zébres de Gitega – LLBS4A 5-0 Unité des Jeunes Rumonge – Delta Star de Gatumba 5-0 Cenga Boys Fc Rutana – Bs . Dynamic 2-1 New Force de Makamba – Aigle Noir Makamba 8-1 Libellules Fc de Cankunzo – Volontaires Fc 1-1 Santé Fc Ngozi Penalties ( 2-4) – Muzinga Fc 5-1 Ouragan de Kayanza – Rumonge City 2-1 Tamura Fc de Ruyigi – Lumiere de Mwumba 3-2 Imboneza de Kinyinya – Top Junior 12-0 Unité de Mabanda – Musongati Fc 15-1 Les Aigles Commerçants – Moso Sugar 6-0 Les Jeunes Rapides de – Butare city 1-1 Pigeon Penalties ( 6-5) – Rukinzo Fc 8-1 Magara Young Boys – Messager Bujumbura 4-1 La Liga – Vital’o Fc 3-0 Tout Jeunes de Gitega – Messager Ngozi Fc 8-0 Gasumo De Mwaro – Flambeau Du Centre 15-1 Aigle parc de Butezi – Les éléphants Fc 0-0 Sangwe Fc de Bururi (Penalties ( 1-4).

Facebook Comments

Most Popular

Ivyokorwa kugira umutekano utsimbatare mu gisagara ca Bujumbura

«Ukurwanya amarigara no gushira amatara ku mpangu ngo ni bimwe mu vyofasha kwongereza umutekano muri komine Mukaza mu gisagra ca Bujumbura. » Ivyo ni ivyashikirijwe kuri...

Imyambaro ishika ku 500 yanditsweko Saidi Ntibazonkiza igiye gushirwa ahabona

  Uwusanzwe ari umuvugizi wa Yang Africans Antonio Nugaz yavuze y’uko umukinyi w’umurundi Saidi Ntibazonkiza agiye kwitegurirwa bimwe bikomeye. Mu kiganiro yakoranye n’imwe mu mboneshakure yo...

Breaking news: Papa Bouba Diop wa Sénegal yaraye aryamiye ukoboko kw’abagabo

Uwatsinze igitsindo ca mbere mu gikombe c’isi c’umwaka wa 2002 agitsinze Ubufaransa aho Senegal yatsinze igitsindo 1-0 , Papa Bouba Diop yaraye aryamiye...

PLB : Uku niko imigwi igiye guhura kundwi ya 12

  Inyuma y’aho inkino za CAF Champions league hamwe na CAF conféderation Cup zirangiriye mu mpera zindwi iheze aho imigwi yacu yari yaserukiwe na Messager...

Facebook Comments