Home homepage Intamba U17 women : Urutonde rw'abakinyi 18 berekeje i Dar es Salaam

Intamba U17 women : Urutonde rw’abakinyi 18 berekeje i Dar es Salaam

Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 10 Nzero 2020 niho umugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba z’abigeme batarenza imyaka 17 uhaguruka werekeza mu gisagara ca Dar es Salaam mu mahiganwa yo gukurakuranamwo yo kurondera itike yo kwitabira igikombe c’isi kizobera mu gihugu c’ubuhindi uyu mwaka wa 2020.

Urwo rukino ruzobahuza n’umugwi nserukira gihugu wa Tanzania w’abigeme batarenza imyaka 17 ku musi wa mbere igenekerezo rya 12 Nzero 2020 i Dar es Salaam mugihe urwo gusubiriza ruzoba igenekerezo rya 12 Nzero 2020.

Aba nibo bakinyi 18 bafashe urugendo :

1. Inarukundo Amissa /Rain bow
2.Ndayishimiye Nadine/ La Colombe Fc
3. Karenzo Lydia / Inyange Fc
4.Gakima Rachelle/Aréna Stars
5. Nzohabonayo Neema/ Onze Étoiles
6.Bizimana Rukiya / Onze Étoiles
7. Niyomwungere Peace Eloga /La Colombe Fc
8. Tuyisenge Madeleine/ Étoile du matin
9. Ineza Bora /CSA Gatumba
10. Irakoze Noella / La Colombe Fc
11. Nshimirimana Liliane / Ubuntu Fc
12. Nahimana Yvette /Onze Étoiles
13. Bucumi Véronique/ Inyange Fc
14.Niyonkuru Grâce / Lionne Fc
15. Mutoni Stephie / La Colombe Fc
16. Nshimirimana Annociate /Rain bow
17. Ndayisaba Francine / Rain bow
18. Gakima Estella /La Colombe Fc.

Facebook Comments

Most Popular

Urwevu: Abantu bose bokwigenza nkawe, ubona isi yokongereza agaciro?

  Abahinga mu kwiyumvira bo muri kahise, aha tugafatira nko k'uwitwa Emmanuel Kant yava mu gihugu c'Ubudagi, "ubuntu" ngo ni aka kantu gatuma umuntu mu...

Uwuserukira Uburusiya mu Burundi yakiriwe n’umukuru w’inama nkenguzamateka

  Kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 1 Kigarama 2020, umukuru w'inama nkenguzamateka Sinzohagera Emmanuel yuguruye icese isasa risanzwe rya Kigarama ry'inama nkenguzamateka, ivyo bikorwa bikaba...

Kirikou yavuze ku kigo c’impfuvyi ciwe   

https://www.youtube.com/watch?v=WQtmaXoJaK0 Muvyo Imana yamuhaye, Kirikou avuga ko yahawe gutahura igituma yabayeho. Ico gituma ngo nukugira abandi bazobeho biciye mu minwe yiwe, Ivyo n’ivyo aheruka kuvugaira...

Kigingi yagarutse ku mashusho y’urukozasoni amuvugwako

https://www.youtube.com/watch?v=wIuCCQ5ZPyo&t=27s Amasanamu y’urukozansoni yaragize imisi aboneka ku rubuga rwa Facebook rwa Kigingi ngo siwe yayashizeko, Ahubwo ngo n’umuntu yamwinjiriye muri urwo rubuga “Piratage”, gutyo ituma...

Facebook Comments