Home homepage Olivier Niyungeko na Tambwe ku rutonde rw'abajanye na Aigle Noire i Bangladesh

Olivier Niyungeko na Tambwe ku rutonde rw’abajanye na Aigle Noire i Bangladesh

Kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 13 Nzero 2020 ,isaha zitatu 9h00 zo mugitondo niho umugwi Aigle Noire The Fighters w’i Makamba wafata urugendo werekeza i Bangladesh guserukira Uburundi mu mahiganwa ya Golden Cup Bangladesh.

Abakinyi bafashe urugendo bashika kuri 20 mugihe abawuherekeje bashika kuri 7.

Aba nibo bakinyi 20 harimwo na Tambwe Amissi yigeze gukinira uyo mugwi mu myaka iheze muri kino gihe ata mugwi yari afise :

1) Ndizeye Aimé Fales
2) Nkurunziza Fabrice
3) Ndikumana Alain
4) Ragiryimana Evrard
5) Hitimana Hamza
6) Ngabonziza Blanchard
7) Bizimana Kelvin
8) Ndikumana As man
9) Massudi Narcisse
10) Musaga Henry
11) Gasongo Benjamin
12) Ngabo Mossi Tresor
13) Ciza Thierry
14)Nshimirimana Jospin
15) Nkurunziza Yannick
16) Ndikumana Dieu Merci
17) Kwizera Patrick
18) Brandon Chabby
19) Tambwe Amissi
20) Mugisha Antoine .

Staff:

1) Alain Olivier Niyungeko

2) Joslin Bipfubusa

3) Mutima Constatin ( Manager w’intamba mu rugamba )

4) Jeremy Manirakiza : umunyamabanga mukuru wa FFB

5)Fabrice Niragira : Uwujewe gutanga amakuru muri uyo mugwi

6) Dr Desiré : Umuhinga

7) Riziki Jacob : Umumenyeshamakuru

Abatigeze babona Murutabose Hemedy kuri urwo rutonde n’uko uyo mukinyi yashoboye kuronka Visa imwemerera kuja gukina mu kindi gihugu kitaramenyekana.

Facebook Comments

Most Popular

Breaking news: Papa Bouba Diop wa Sénegal yaraye aryamiye ukoboko kw’abagabo

Uwatsinze igitsindo ca mbere mu gikombe c’isi c’umwaka wa 2002 agitsinze Ubufaransa aho Senegal yatsinze igitsindo 1-0 , Papa Bouba Diop yaraye aryamiye...

PLB : Uku niko imigwi igiye guhura kundwi ya 12

  Inyuma y’aho inkino za CAF Champions league hamwe na CAF conféderation Cup zirangiriye mu mpera zindwi iheze aho imigwi yacu yari yaserukiwe na Messager...

Diaspora News: Abahamagarira kwitaba inama yo kurabira hamwe igituma baguma bagandagurwa

Mu butumwa aheruka kurungikira ubuserukizi bw’ibihugu vya Afrika buri mu gihugu c’Uburusiya, umuserukizi w’Uburundi muri ico gihugu Edouard Bizimana abahamagarira kwunga urunani maze biyamirize...

Ibidasanzwe bitari bimenyerewe nivyo vyaranze Basketball i Bujumbura

Menya ibintu bine bidasanzwe kandi bitari binamenyerewe vyaranze Basketball i Bujumbura mu ndwi twaraye dusozereye. Urunani ruhahagaritse umuvuduko wa Kern Ihiganwa rya Basketball mu gisagara ca...

Facebook Comments