Home homepage Natacha yaserukiye Uburundi mw’ihiganwa muri Uganda

Natacha yaserukiye Uburundi mw’ihiganwa muri Uganda

Inyuma ya Sat-b Kidum n’abandi batandukanya, Natacha nawe yinjijwe mu gitigiri c’abaserukira Uburundi biciye mu mahiganwa atandukanye aho bahura n’ibihangange bitandukanye.

Natacha Ngendabanka aheruka gushirwa mu gitigiri c’abaririmvyi bariko bahiganirwa ubushimwe mw’ihiganwa mu gihugu c’Ubugande. Iryo higanwa rikaba ari Hipipo Music Awards rimwe mu yakomeye muri ico gihugu.   

Muri ico gisata arimwo Natacha akaba arikumwe n’abaririmvyi bava mu bihugu nka Tanzania, Kenya , South Afrika, Ghana, Nigeria. Abo bakaba bari muma Label akomakomeye nka Mbosso muri  WCB muri Tanzania.

Mu Kumutora hakaba hari uburyo bwinshi burimwo uuwo bacisha ku mbuga ngurukanabumenyi co kimwe no ku rubuga rwa Whatsapp, aho urungika ubutumwa ku numero yatanzwe, nkuko tubikesha uwujejwe gutanga amakuru yiwe. 

Natacha (Burundi), Yovi(Nigeria), King Monada(South africa), Mankind(Kenya), Joyce Blessing( Ghana), Shekhinah(South Africa), Mbosso (Tanzania). Mu kumutora uca kuri iyi Link http://hma.hipipo.com/africa-fans-favorite-fresh-talent/

Facebook Comments

Most Popular

Confederation cup: Musongati Fc igiye kwakira Green Eagles ata barorerezi kubera Covid -19

  ku musi wa gatandatu igenekerezo rya 28 Munyonyo 2020, isaha icenda 15h00 ku kibuga c’intwari niho umugwi Musongati Fc uzokwakira umugwi Green Eagles Fc...

# Indundi Sports | Breaking News: Dieugo Maradona yitavye Imana bitewe n’ihagarara ry’umutima

  Umukinyi rurangiranwa wa kera w’umugwi nserukira gihugu wa argentine Dieugo Armando Maradona yitavye Imana bitewe n’uguhagarara kw’umutima ( Arrêt Cardiaque). Maradona w’imyaka 60,mu ntango z’uku...

Intamba U 20 zihejeje kunyagirwa n’Ubuganda

  kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 25 Munyonyo 2020, niho umugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba w’abatarenza imyaka 20 wakina urukino rwa mbere rwa...

Ngozi : Mu myaka 5, hatwaye inda z’ishushu abarenga amajana atanu.

Abanyeshure bashika 527 ni bo batwaye inda z'indaro mu ntara ya Ngozi, kuva mu mwaka w’2015 gushika mu mwaka w’2020. Ihangiro ry'intara ya Ngozi n'uko...

Facebook Comments