Home Burundi Sat-B: Indirimbo «Inkuru y’ukuri » yankwegeye abakunzi benshi n’abasi batari bake.

Sat-B: Indirimbo «Inkuru y’ukuri » yankwegeye abakunzi benshi n’abasi batari bake.

Inyuma y’aho umuririmvyi Big Fizzo arumiriwe ku nsamirizi Buja Fm agashikoriza amajambo abenshi bagiye bavugako vyishi, uno musi igenekerezo rya 21 Nzero naho harihatumiwe umuririmvyi Sat- B mukiganiro Hit Connexion.

Sat B :’’Natanguye umuziki bigoye naciye munzira nyinshi ndakora mugihe umuziki mvamahanga wariwatwinjiranye, indirimbo *inkuru y’ukuri* kuri jewe yamfashije vyinshi niyo yakuye abari mu mahanga bakaza ngo wa mu petit yafashe terrain.’’

Aho yabandanije ati : ”Big Fizzo hari ivyo ndamusumvya kera naramwubaha ariko ubu oya.”

Bamubajije bati « Big Fizzo yavuze ko mutoja kuri Stage imwe » nawe Sat B nawe ati : ‘’Nimba yavuze uko mbere haraho yavuze ivyaba JUSTIN BIEBER avuga ba MICHAEL JACKSON ati JACKSONyarapfuye. None ashaka kwigereranya nuwapfuye ? ».
Ayo akaba ari amwe mu majambo meshi yashoboye gushikiriza kuriyo radio.
Ikindi nuko yavuniye n’akagohe abaririmvyi bakiribato ngo bakwiye gukorana ingoga nibabona bakuru babasabe impanuro nayo babaciye intege ngo ntibazovyemere kuko uno musi Papa wiwe mu muziki ngo si Big Fizzo canke abandi ahubwo ni Amir pro ni Landry Mugisha.

Mwomenyako ico giteramo ngo kizoba ukuri kwamye isango ni ryarindi nyene igenekerezo rya 9 Ruhuhuma 2020 kandi murico giteramo abakunzi b’umuziki ndundi bazoshobora kubona abo baririmvyi babiri bose kuri Lacosta Beach.

Facebook Comments

Most Popular

Rwa rukurikirane rwa Mkomboz ngo rwamaze kurangira

https://www.youtube.com/watch?v=UqPwmg6YQQY Za ndirimbo zibwa muri Tanzania, zishobora kuba zamaze kuboneka. Igituma nuko umuririmvyi Nzeyimana Thomas benshi bazi nka Mkomboz abicishije ku rubuga rwiwe rwa Facebook...

Preeze 36 yajanye n’umuryango kwunamira umuvyeyi wiwe “Nahigejeje Wenga Emile”

https://www.youtube.com/watch?v=REgC5_uiUqM Preeze 36 uno musi niho yaja kwunamira umuvyeyi wiwe yabuze atanga, nkuko amashusho yabashije gusangiza abamukurikirana ku rubuga rwa Whatsapp  amwerekana ari ku ntatemwa...

Diamond yagavye Tsh 100,000,000 ayaha aba Motard 1000

https://www.youtube.com/watch?v=WQtmaXoJaK0 Nasibu Abdoul Juma benshi bazi nka Diamond Platnumz yaraye yinjirije 100,000,000 z’amafaranga yo muri Tanzania aba Motard 1000 yaguriye igitoro ama litiro 10 y’ubuntu. Ico...

Umugwi ndangakaranga AMAGABA ugiye guserukira igisagara ca Bujumbura ku murwa mukuru wa Poritike

Inyuma yaho umugwi ndangakaranga Amagaba babaye aba mbere mu migwi cumi ivuza umurisho w’ingoma i Bujumbura ngo bagiye guserukira igisagara ca Bujumbura muntara ya...

Facebook Comments