Home Entertainment Amwe mu mafoto makurumakuru yaranze ishinguranwa iteka ry’umuhisi Bernard Nkundabantu

Amwe mu mafoto makurumakuru yaranze ishinguranwa iteka ry’umuhisi Bernard Nkundabantu

Kuri uno musi wa gatanu igenekerezo rya 24 Nzero 2020 umuhisi Bernard Ndoricimpa niho yashinguranwa iteka ku Mpanda.

Mwomenya ko yari yitavye Imana kw’igenekerezo rya 18 Nzero kurugo rwiwe muri zone Gihosaha aho asanzwe aba neza na neza ahitwa Kumatafari

Bamwe mubaririmvyi bahashitse

 

Umuvyeyi wiwe Mijuriri Mathias

 

 

B Face umwe mubakoranye Indirimbo IGOMA ZIWACU

Président de l’ IFB

Cedrick Bangy

 

 

Facebook Comments

Most Popular

George Gatogato na Paficque mu bahagarikizi bazohagarikira CHAN 2021

Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 2 Kigarama 2020, igisata kijejwe gutora abahagarikizi bazohagarikira inkino mpuzamakungu muri CAF cashize ahabona abahagarikizi mpuzamakungu bazohagarikira inkino...

Abakinyi ba Messager Ngozi bashitse neza i Bujumbura

Kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 2 Kigarama 2020, niho umugwi Messager Ngozi washika i Bujumbura uvuye Eswatini gukina urukino rwa CAF Champions league...

Ubwoko bw’ubuja bwibonekeza mu gihe ca none

Ubuja bwo mu gihe ca none ngo bugizwe ahanini n’urudandazwa rw’abantu, ugukoresha abantu mu rudandazwa rw’igitsina, ikoreshwa ry’abana, ukurongoza abantu ku nguvu, hamwe no...

Urwevu: Ukuborerwa vyoba bijanye n’agaciro ”ubuntu” ( la dignité) ?

Iyo umuntu yanyoye utuyoga rero akarenza kugera aho abantu bavuga ko yaborewe, haba hari ibintu vyinjsi vyabaye mu bwonko. Biba bisa n'ivyabaye nk'uruzi rwasebuye,...

Facebook Comments