Home abakinyi bakina hanze Intamba U 20| Urutonde rw'abakinyi 29 b'intamba bagiye kwitegurira inkino za CAN...

Intamba U 20| Urutonde rw’abakinyi 29 b’intamba bagiye kwitegurira inkino za CAN U 20

Umumenyereza w’Intamba mu rugamba Joslin Bipfubusa ahejeje gushira ahabona Urutonde rw’abakinyi 29 b’Intamba mu rugamba ku batarenza imyaka 20 bagiye kwitegurira inkino zanyuma za CAN 2019 U 20 zigiye gutangura muri Niger Ukwezi kwa Ruhuhuma kw ‘igenekerezo rya 2

Akaba ari aba bakurikira:

1.RUKUNDO Onésime (Messager Ngozi)

  1. KITENGE Ally (Buja City)
  2. NDIZEYE Aimé Fales (Aigle noir)
    4.SELEMANI Moustafa (Aigle noir)
    5.NDIZEYE Eric (Musongati Fc)
    6.MURYANGO Moussa (Vital’o )
    7.NDORIYOBIJA Eric(Stand Utd)
    8.NAHIMANA Steve (Kayanza UTD)
    9.HAKIZIMAN Héritier (Aigle noir)
    10.NDAYE Chancel (Rukinzo Fc)
    11.BIGIRIMANA Ramadhan(Stand Utd)
    12.MURYANGO Mabano Shabani (Aigle noir)
  3. EZA Armel (Kayanza UTD)
    14.NSHIMIRIMANA Jospin (Aigle noir) 15.MBIRIZI Eric (Stand UTD)
    16.MUSORE Aaron (Musongati Fc)
  4. NAHIMANA Guy (Buja City)
  5. RAMADHAN Pascal (Musongati Fc)
  6. GAKIZA Aime (Messager Buja)
    20.KANAKIMANA Bienvenu (Aigle noir)
  7. DUSABE Olivier (VITAL’O)
    22.MAVUGO Cédric (Aigle noir)
    23.SHAKA Bienvenu(Etoile du sahel )
    24.ULIMWENGU Jules(Sunrise)
  8. IRAKOZE Saidi (Musongati Fc)
    26.RUKUNDO Therence (KAYANZA UTD)
    27.MOHAMED Amissi (Nac Breda)
    28.NIYONGABIRE Pacifique(Adelaide Utd)
    29.NDAYISHIMIYE Mike Trésor (NEC Nijmegen Bakaba bagiye kwinjira muri Local kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 11 Nzero umwaka wa 2019 kuri CTN ( Centre Technique National)

Facebook Comments

Most Popular

Ba Musitanteri baronkejwe ingendeshwa nshasha

Inyuma y'inama yagirishije ba buramatari hamwe na ba musitanteri bose ku murwa mukuru wa poritike i Gitega, Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye, kw'izina rya Reta...

#Tanzania Ports Authority : Abagwizatunga b’abarundi bagiye kuharonkera akunguko

Iryavuzwe riratashe, inyuma yaho umukuru w'Igihu c'Uburundi Evaliste Ndayishimiye agendeye mugenziwe  John Pombe Magufuli mu  gihugu kibanyi Tanzania, bimwe muvyapfunditswe vyatanguye  gushirwa mu ngiro.   Kuri...

Umukuru w’igihugu abahamagarira kubera akarorero abandi

Umukuru w'igihugu c'Uburundi asaba ba musitanteri na ba buramatari bose kubera inyishu abanyagihugu barongoye. Evariste Ndayishimiye yabivuze kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 23 Gitugutu...

# Indundi Sports | hoba habuze bande mu rutonde rw’abakinyi bagiye kwitegurira Mauritania?

  Kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 22 Gitugutu 2020, abamenyereza b'intamba mu rugamba baraye batumyeko abakinyi 27 bakina hano iwacu bagiye gutangura imyimenyerezo yo...

Facebook Comments