Home homepage Coupe du Président : Uku niko imigwi yatsindanye

Coupe du Président : Uku niko imigwi yatsindanye

Ihiganwa ry’igikombe citiriwe Umukuru w’igihugu carabandanije mu gice ca 16 gishira icanyuma.

Uku niko imigwi yatsindanye :

– Buhumuza yatsinze Ngozi city igitsindo 1-0

– BSDynamic yatsinze Flambeau de l’est ibitsindo 3-0

– Unité Fc yatsinze Messager Ngozi ibitsindo 2-1

– Bumamuru Fc yanyagiye Holly center ibitsindo 6-1

– Buja city yatsinze Abagenzi Fc y’ingozi ibitsindo 3-2

– Lumiere y’imwumba yatsinze Olympic Star ibitsindo 3-2

– Musongati Fc yatsinze Royal Fc ibitsindo 4-1

– Athletico Academy yatsinze Top junior ibitsindo 2-1

– Inter Star yatsinze Delta Star ibitsindo 2-0

– Aigle Noir yatsinze New Oil ibitsindo 4-1

– LLBS4A yatsinze Mabanda Fc ibitsindo 5-2

– Kayanza United yanyagiye Nyanza lac ibitsindo 4-0

– Rukinzo Fc yatsinze Les Elephant ibitsindo 3-0

– Vital’o Fc yatsinze Rumonge City ibitsindo 3-0

Facebook Comments

Most Popular

Kirikou ngo Big Fizzo aharanira inyungu za buri muririmvyi wese w’Umurundi

https://www.youtube.com/watch?v=WQtmaXoJaK0 Big Fizzo kumusubiriza ngo ntibizoroha, ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na Kirikou Akili akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook. Muri ubwo butumwa yashikirije kuri urwo rubuga, yamenyesheje ko...

Education : Bazindutse bugariza ishure

Abavyeyi barereye kw’ishure ryitiriwe inyenyeri riri i Maramvya muri komine Mutimbuzi intara ya Bujumbura, bazindutse kuri uyu wa gatanu bugariza iryo shure. Abo bavyeyi...

Abibaza ko coronavirus yaheze ngo ni ukwihenda cane.

Muri ino minsi haribonekeza ukudebukirwa mu kwikingira coronavirus, aho abantu badatinya gukoranako mu kuramukanya, mu kutubahiriza imetero hagati y'umuntu n'uwundi nayo gukaraba vyo vyabaye...

Ngo nta mbuga ngurukanabumenyi za Facebook akoresha

Umuvugizi w’ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida aramenyesha abarundi n’amakungu ko umushikiranganji Thaddée Ndikumana ata mbuga za Facebook akoresha. Ivyo Jean Bosco Girukwishaka...

Facebook Comments