Home football PLB: Uku niko Imigwi yatsindanye kundwi ya 25

PLB: Uku niko Imigwi yatsindanye kundwi ya 25

Mu mpera z’indwi yaraye iheze igenekerezo rya 15 Ntwarante Umwaka wa 2020, ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere Primus league ryarabandanije kundwi ya 25 yaryo .

Uko niko imigwi yatsindanye :

– LLBS4A yatsinze Les lierres ibitsindo 2 kuri 1

– Ngozi City yatsinze Vital’o Fc igitsindo 1 Ku 0

– Inter Star itsindwa na Musongati Fc igitsindo 1 Ku 0

– Rukinzo Fc itsinda BS Dynamic igitsindo 1 Ku 0

– Buja city Inganya na Olympic Star igitsindo 1 kuri 1

– Messager Ngozi Fc itsinda Flambeau du Centre ibitsindo 2 kuri 1

– Bumamuru Fc yanganije na Kayanza United igitsindo 1 kuri 1

– Athletico Academy yanyagiwe na Aigle Noir ibitsindo 5 kuri 1

Facebook Comments

Most Popular

Rwa rukurikirane rwa Mkomboz ngo rwamaze kurangira

https://www.youtube.com/watch?v=UqPwmg6YQQY Za ndirimbo zibwa muri Tanzania, zishobora kuba zamaze kuboneka. Igituma nuko umuririmvyi Nzeyimana Thomas benshi bazi nka Mkomboz abicishije ku rubuga rwiwe rwa Facebook...

Preeze 36 yajanye n’umuryango kwunamira umuvyeyi wiwe “Nahigejeje Wenga Emile”

https://www.youtube.com/watch?v=REgC5_uiUqM Preeze 36 uno musi niho yaja kwunamira umuvyeyi wiwe yabuze atanga, nkuko amashusho yabashije gusangiza abamukurikirana ku rubuga rwa Whatsapp  amwerekana ari ku ntatemwa...

Diamond yagavye Tsh 100,000,000 ayaha aba Motard 1000

https://www.youtube.com/watch?v=WQtmaXoJaK0 Nasibu Abdoul Juma benshi bazi nka Diamond Platnumz yaraye yinjirije 100,000,000 z’amafaranga yo muri Tanzania aba Motard 1000 yaguriye igitoro ama litiro 10 y’ubuntu. Ico...

Umugwi ndangakaranga AMAGABA ugiye guserukira igisagara ca Bujumbura ku murwa mukuru wa Poritike

Inyuma yaho umugwi ndangakaranga Amagaba babaye aba mbere mu migwi cumi ivuza umurisho w’ingoma i Bujumbura ngo bagiye guserukira igisagara ca Bujumbura muntara ya...

Facebook Comments