Home Babbi yajije igihe azoshira ahabona akandi karirimbo 46187157_2031569320236934_846019767453089792_n

46187157_2031569320236934_846019767453089792_n

Most Read

Amatora 2020 : Ubushikiranganji bwo kumenyesha amakuru burashima uko abamenyeshamakuru bitwaye

  Ubushikiranganji bwo kumenyesha amakuru ngo burashimishwa n'ukungene igikorwa co gukurikirana amatora cakozwe mu runani rw’ibimenyeshamakuru n’amaradiyo asamiranira mu Burundi. Ivyo ni ibishikirizwa na Frédéric Nahimana...

Volley ball yarabuze inararibonye mu Burundi

Umukunzi wa Les As Volley yaritavye imana kw'igenekerezo rya 31 Rusama 2020 i Bujumbura akaba yasezeye isi afise imyaka 70 y'amavuko. Umuhisi Vincent Niyonkuru batazira...

Hazokinwa final mu gikombe c’umukuru w’igihugu

Kuva mu kwezi kwa mbere , ishirahamwe ry'urukino rwa volley ball mu Burundi ryaratunganije ihiganwa ryitiriwe umukuru w'igihugu ku ncuro yaryo ya kabiri.Imirwi 4...

Menya ko ikinga rifise akamaro kanini

Kuri uyu wa gatatu, igenekerezo rya 3 Ruheshi isi yose yarahimbaje umusi mukuru wahariwe ikinga. Mu mwaka w'1817 niho ikinga ryatanguye gukoreshwa muvyo kwiyunguruzwa rikaba...