Home Burundi Ikigega co gufashanya muri Afrika ngo kimaze gufasha mu migambi igera kuri...

Ikigega co gufashanya muri Afrika ngo kimaze gufasha mu migambi igera kuri 18

Ikigega co gufashanya muri Afrika kimaze gufasha mu migambi igera kuri 18, yaba iya Reta canke iy’abikorera utwabo mu Burundi.

Ivyo ni ivyashikirijwe n’umushikiranganji w’ikigega ca Reta kuri uno wa kane igenekerezo rya 9 Ndamukiza 2020 aho yari yaramutse ashikiriza imbere y’abashingamateka impinyanyuro y’itegeko rigenga ikigega co gufashanya muri Afrika   kugira bayemeze, integuro yemejwe ijana kw’ijana n’abashingamateka bari bitavye ibikorwa vy’uyo musi.

Umushikiranganji Domitien Ndihokubwayo akaba yahagariye  abagwizatunga hamwe n’abandi bavyipfuza kwitura ico kigega mu migambi yabo batunganya yo kwiteza imbere.

Facebook Comments

Most Popular

Ngo nta mbuga ngurukanabumenyi za Facebook akoresha

Umuvugizi w’ubushikiranganji bwo kubungabunga amagara y’abantu no kurwanya Sida aramenyesha abarundi n’amakungu ko umushikiranganji Thaddée Ndikumana ata mbuga za Facebook akoresha. Ivyo Jean Bosco Girukwishaka...

Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye n’umutambukanyi wiwe bashitse amarembe i Libreville

Umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye ari kumwe n’umutambukanyi wiwe Angéline Ndayishimiye bashitse impore amarembe i Libreville ku murwa mukuru w’igihugu ca Gabon aho bagiye...

Diaspora: Amarushwa ashobora gushikira umuntu kubera ari mu mahanga.

Ba Sokuru nibo bayamaze bati amahanga aragurana! Twihweje igitabo citwe "The Seven habitis of Highly effective people" candistwe n'uwitwa STEPHEN Corvey, turasangamwo ahantu avuga ko...

Diaspora News : Dusenge Ketty Ange asubiye guserukira Uburundi mw’ihiganwa mpuzamakungu

Abicishije kumbuga ziwe, ni Dusenge Ketty Ange yatumiriye abarundi n’abarundikazi kumushigikira mu kumutora kuba umunyamideri w’umwaka aho yanditse ubutumwa agira ati: “Nitwa DUSENGE Ketty Ange...

Facebook Comments