Home homepage Primus league | Aba nibo bakinyi bafise ibitsindo vyinshi

Primus league | Aba nibo bakinyi bafise ibitsindo vyinshi

Kuri uyu wa kane Igenekerezo rya 30 Ndamukiza 2020, mw’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB bashize ahabona urutonde rw’abakinyi bafise ibitsindo vyinshi mw’ihiganwa rya Primus league .

Akaba ari aba bakurikira :

1) Iddy Muserem : Afise ibitsindo 15

2) Ndayisaba Eliphaz : Afise ibitsindo 12

3) Nihoreho Arsene : Afise ibitsindo 12

4)Nshimirimana Jospin : Afise ibitsindo 12

5) Ndayishimiye Edouard : Afise ibitsindo 11

6) Ramadhan Pascal : Afise ibitsindo 10

7) Kwizera Eric : Afise ibitsindo 10

8) Vyamungu Raoul : Afise ibitsindo 10

9) Ali Shabani : Afise ibitsindo 9

10) Asman Akbar : Afise ibitsindo 8

Facebook Comments

Most Popular

Rwa rukurikirane rwa Mkomboz ngo rwamaze kurangira

https://www.youtube.com/watch?v=UqPwmg6YQQY Za ndirimbo zibwa muri Tanzania, zishobora kuba zamaze kuboneka. Igituma nuko umuririmvyi Nzeyimana Thomas benshi bazi nka Mkomboz abicishije ku rubuga rwiwe rwa Facebook...

Preeze 36 yajanye n’umuryango kwunamira umuvyeyi wiwe “Nahigejeje Wenga Emile”

https://www.youtube.com/watch?v=REgC5_uiUqM Preeze 36 uno musi niho yaja kwunamira umuvyeyi wiwe yabuze atanga, nkuko amashusho yabashije gusangiza abamukurikirana ku rubuga rwa Whatsapp  amwerekana ari ku ntatemwa...

Diamond yagavye Tsh 100,000,000 ayaha aba Motard 1000

https://www.youtube.com/watch?v=WQtmaXoJaK0 Nasibu Abdoul Juma benshi bazi nka Diamond Platnumz yaraye yinjirije 100,000,000 z’amafaranga yo muri Tanzania aba Motard 1000 yaguriye igitoro ama litiro 10 y’ubuntu. Ico...

Umugwi ndangakaranga AMAGABA ugiye guserukira igisagara ca Bujumbura ku murwa mukuru wa Poritike

Inyuma yaho umugwi ndangakaranga Amagaba babaye aba mbere mu migwi cumi ivuza umurisho w’ingoma i Bujumbura ngo bagiye guserukira igisagara ca Bujumbura muntara ya...

Facebook Comments