Home football # indundi Sports | Frederic nsabiyumva mu rutonde rw'abakinyi 11 baranze indwi...

# indundi Sports | Frederic nsabiyumva mu rutonde rw’abakinyi 11 baranze indwi iheze

Umukinyi w’inyuma w’Intamba mu rugamba asanzwe akinira Chipa United yo mu gihugu c’ Africa y’epfo Cedric Nsabiyumva yashizwe mu rutonde rw’abakinyi 11 baranze indwi iheze mw’ihiganwa ryo muri Africa y’epfo.

Urwo rutonde rukaba rwaraye rusohowe kuri uyu wa kane igenekerezo rya 24 Nzero umwaka wa 2019 n’ikinyamakuru co mu gihugu c’africa yepfo citwa Soccer Laduma .

Fréderic akaba asanzwe akina muri Chipa United mu cicaro cambere mu Gihugu c’africa y’epfo.

Facebook Comments

Most Popular

Ibiharuro bishasha vya Coronavirus gushika kuri uyu wa 2 Kigarama

Ubushikiranganji bujejwe kubugabunga amagara y’abantu no kurwanya sida bujejej gushira ahabona ibiharuro bishasha vya Covid-19. Gushika kuri uyu wa 2 Kigarama umwaka w’2020, abantu bamaze...

Nounou yasezewe ubwa nyuma, afatwa nk’uwitangiye Rallye

Haraciye indwi nka zibiri Uburundi bubuze umwe mu barongozi b'ishirahamwe ryo gusiganwa n'imiduga Rallye akaba yarajejwe igisata c'abahinga bakurikirana bakongera bagahagararira urwo rukino bita...

#Basketball |Loko ntakibarizwa mu Burundi

Uwahora ashikiriza ibiganiro vy'inkino ,ivy'urukundo na zinduka kuri Buja fm akaba kandi yari umumenyereza w'imirwi nka New stars , Les gazelles, Berco stars ,Les...

Buffaloes Fc uzokina na Messager Ngozi munzira ugana mu Burundi

  Kuri uyu wa kane igenekerezo rya 03 Kigarama 2020, niho abakinyi na Staff y’umugwi Buffaloes Fc bavuye muri Eswatini berekeza mu gihugu c’Uburundi mu...

Facebook Comments