Home homepage #Indundi|Grand pictures| Jeanjos ahambije Aime Loveness

#Indundi|Grand pictures| Jeanjos ahambije Aime Loveness

Jeanjos Parfait agiye gukorana n’inzu y’ubuhinyanyuzi bw’amasanamu Grand Pictures

Umuririmvyi Jeanjos Parfait asanzwe aririmba indirimbo zimindiho yose itandukanye harimwo cane cane umuziki w’ikibiriraho (Live Music), aremeza kwagiye gukora cane yarasazwe afise ibikorwa vyishi ariko akaba yabura amasanamu akaba agiye kuboneka cane mumasanamu kuko yarose uwobazokorana icogikorwa,nayo siyindi nimwe munzu z’ubuhinyanyuzi isazwe ikorera ngaha mugisagara ca Bujumbura irongowe na Landry SB akaba arinawe ahinyanyura amasanamu muriyo nzu .

Mwomenyako iyo nzu y’ubuhinyanyuzi bw’amasanamu yarisazwe ifasha uwundi muririmvyi yahoze ari mu murwi Mirror Team ariwe Aime Loveness ,igikorwa cambere bamaze gukorana niyo nzu akaba ari indirimbo URAKOZE MANA

Facebook Comments

Most Popular

Makamba : Ibikorwa bigeze ku rugero rushimishije

Ibikorwa vyo kwubaka ikiraro ca Nyabusunzu kiri kw'ibarabara ry'igihugu inomero 11 (RN11) rica Mabanda- Makamba- Rutana- Cankuzo) ngo bigeze ku ntambwe ishimishije. Bishikirizwa na...

# Indundi Sports| Umurundi niwe agiye kumenyereza Azam Fc vy’imfatakibanza

  Umugwi Azam Fc wasezereye uwahoze ari umumenyereza wawo mukuru Aritstica Cioaba n’uwundi yama akoresha imyimenyerezo yo kugorora imitsi. Azam Fc yahisemwo gusezerana nabo bamenyereza bamaze...

Kirikou ngo Big Fizzo aharanira inyungu za buri muririmvyi wese w’Umurundi

https://www.youtube.com/watch?v=WQtmaXoJaK0 Big Fizzo kumusubiriza ngo ntibizoroha, ivyo n’ibiheruka gushikirizwa na Kirikou Akili akoresheje urubuga rwiwe rwa Facebook. Muri ubwo butumwa yashikirije kuri urwo rubuga, yamenyesheje ko...

Education : Bazindutse bugariza ishure

Abavyeyi barereye kw’ishure ryitiriwe inyenyeri riri i Maramvya muri komine Mutimbuzi intara ya Bujumbura, bazindutse kuri uyu wa gatanu bugariza iryo shure. Abo bavyeyi...

Facebook Comments