Home football PLB: Uku niko imigwi izohura Ku ndwi ya 28

PLB: Uku niko imigwi izohura Ku ndwi ya 28

Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 30 Rusama 2020 , ihiganwa rya Primus league rizobandanya kundwi yaryo igira 28, imigwi izohura uku gukurikira :

Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 30/05/2020 :

– Isaha icenda n’igice 15h30 Inter Star izokwakira Vital’o Fc Ku kibuga c’intwari

– Isaha icenda n’igice 15h30 Kayanza United izokwakira Les lierres Ku kibuga c’umuco

– Isaha Icenda 15h00 Flambeau du Centre izokwakira Aigle Noir Ku kibuga c’ingoma

– Isaha Icenda n’igice 15h30 Ngozi city izokwakira Rukinzo Fc Ku kibuga c’urukundo

Ku musi w’Imana igenekerezo rya 31/05/2020 :

Isaha icenda n’igice 15h30 Messager Ngozi izokwakira BS Dynamic ku kibuga c’urukundo

– Isaha icenda n’igice 15h30 Athletico Academy izokwakira Buja city Ku kibuga c’intwari

– Isaha icenda n’igice 15h30 Musongati Fc izokwakira LLBS4A Ku kibuga c’ingoma

-Isaha icenda n’igice 15h30 Bumamuru Fc izokwakira Olympic Star ku kibuga c’urunani

Facebook Comments

Most Popular

Ishirahamwe AFH ryatunganije ibikorwa vy’ici ku rwaruka ruri mu karuhuko

Mu ntumbero yo gufasha urwaruka no kururinda kuja mu bitabereye mu gihe c'uburuhuko, ishirahamwe Football Helps ( AFH) ryatunganije ibikorwa kuri urwo rwaruka bizotangura...

Urwevu ku bijanye n’ikiza COVID19

Umaze guca urwevu rero uraheza ugatahura ibitari bike. Nk'ukugira ngo umenye ibinyamubiri biriko biratera abantu, ibihugu canke isi,uraheza ukaraba inyifato bafise ugaheza ukamenya rero...

Olga ngo Karaoke niyo iriha neza gusumba kuja muri Studio

https://m.youtube.com/watch?v=2MxnoY3Wx2Y&t=150s Karaoke ni kimwe muvyatumye abasha kwibeshaho, ni naco gituma vyatumye bimutwara umwanya wo gukora umuziki. Ivyo n'ibiheruka gushikirizwa na Olga Lorrie. Mu kiyago na Indundi...

Iki nico catumye Rashid Léon adashobora gukina CAN 2019

  Mu kiganiro umukinyi w'inyuma w'umugwi nserukira gihugu w'intamba mu rugamba Rashid Leon yakoranye na Indundi TV yasiguriye abarundi ikibazo yagize mu gihugu ca Qatar...

Facebook Comments