Home Burundi #Masezerano agira ati: "Izina wita umufasha wawe, niryo rigaragaza umubano wanyu"

#Masezerano agira ati: “Izina wita umufasha wawe, niryo rigaragaza umubano wanyu”

Yishimikije ijambo ry’Imana  mu canditse kigira giti:” Ntarakubumbira mu nda nari ndakuzi” (Yeremiya 1:5) umuririmvyi azwi kw’izina rya Meserano amenyesha ko ata muntu avuka kw’isanganya, ari nayo mpamvu yemeza ko umwana azovuka mu rugo iwe ari umukozi w’Imana.

Umufasha wiwe amwita Umwamikazi, Masezerano Jean Claude akamenyesha ko mu rugo iwe hari itandukaniro naho bavuga ko zirara zirasha,kuko iyo atashe mu rugo iwe aba ari nko mw’ijuru.

Ivyo n’izindi mpanuro mwokurikirana mu kiganirro aha musi

 

 

Facebook Comments

Most Popular

#Indundi Sports| Rayon Sports yaguze umurundi ari mu bakinyi binjije ibitsindo vyinshi

Amakuru dukura mu bamenyeshamakuru b'inkino mu gihu c'u Rwanda amenyesha ko Rayon Sports imaze kugura umusatirizi w'umurundi Nihoreho Arsène yafashe ikibanza ca gatatu mu...

# Indundi Sports | Umumenyereza wa Aigle Noir yahawe akazi gakomeye mu mwaka uza

  Inyuma y' itahukanwa ry'igikombe c'Ihiganwa rya Primus league ry'umwaka wa 2019 ushira 2020 , uburongozi bwa Aigle Noir The Fighters bwahaye iigikorwa kidasanzwe umumenyereza...

#made in Burundi| Kiyo Fashion Colletive barahagurukiye guteza imbere abanyamwuga

Ivyiza bihingurirwa iwacu ni vyinshi kandi ni vyiza, iyo ikaba ariyo mvo yahagurukije urwaruka ruhurikiye mw'ishirahamwe Kiyo Fashion Collective gutezimbere ivyahinguriwe iwacu (made in...

Uko ibirori vyo kwibuka imyaka 58 iheze Uburundi buhabuje intahe y’ukwikukira vyagenze

Kuri uno wa mbere Mukakaro umwaka w’2020, Uburundi n’abarundi baramutse bahimbaza imyaka 58 irangiye Uburundi buhabuje intahe yo kwikukira, ibirori vyahimbarijwe ku mirwa mikuru...

Facebook Comments