Home abakinyi bakina hanze Lionnel Messi yavuze umukinyi umwe gusa amaze gusaba ko bakaba umwambaro

Lionnel Messi yavuze umukinyi umwe gusa amaze gusaba ko bakaba umwambaro

Mu kiganiro Lionnel Messi yakoze na kimwe mu bimenyeshamakuru vyo muri Espagne  yavuze ko mu buzima bwiwe amaze gusaba umukinyi umwe gusa ngo bakabe umwambaro, uwo nawe s’uwundi n’umumenyereza wa Real Madrid umufaransa Zinedine Zidane .

” Ego nshaka kuvuga ko ntarigera nsaba umukinyi ngo dukabe umwambaro, kiretse ko nabigize rimwe gusa igihe nasaba Zidane mu rukino rwa classic. ”

Arongera ati:”

Iyo habonetse umunye Argentine w’iwacu twahuye mu rukino canke uwundi mukinyi yansavye abinsavye nca ndabikora, atari uko sinama nsaba umuntu numwe ngo dukaba umwambaro “.

Mwokwibukako Zinedine Zidane yahagaritse ivyo gukina mu mwaka wa 2006 igihe yari ahejeje gubita umutwe Materazi, aho naho Messi ntiyari bwaronke ikibanza co kuza atanguzwa mu kibuga mu mugwi Fc Barcelona.

Facebook Comments

Most Popular

# Indundi Sports |Gitega| Urukino rwambere rwinjiza amafaranga menshi

Mu kiganiro Indundi TV yakoranye  n'uwurongoye na Musongati Fc, Honorable Denis Karera, kuvyerekeye kahise kiwe k'umupira w'amaguru, ndetse n'ingene biteguriye urukino rwanyuma( Finale )rw'igikombe...

Abiyamamariza amatora y’abakenguzamateka basabwa gukurikiza amategeko

Abiyamamariza amatora y'abakenguzamateka ategekanijwe ku wa 20 uku kwezi bahamagariwe kwubahiriza amategeko agenga ico gikorwa. Ako kamo katewe n'uwurongoye umurwi w'igihugu wigenga ujejwe gutegura amatora...

Bataravye neza, Sat-b ngo azonasohora amashusho y’urukozasoni

https://youtu.be/cYxeFyuJbFk Sat-b ntahuza na bose Ku kibazo c'uburyo yari yambaye Muri Video aheruka gushira ahabona aho yabonetse asa n'uwuriko yinonora imitsi. Kuri iryo shusho ryabonetse igenekerezo...

Uguhinduka kwa Alvin Smith kwagarukanye igikundiro cinshi

Benshi mu bakurikirana ibikorwa vyiwe baremeza neza ko hari ihinduka mu bikorwa vy'Umuririmvyi Alvin Smith na cane cane ko bibonekera mu bikorwa...

Facebook Comments