Home Burundi Chris Biz ngo nta bucuti bundi agirana n'aba Video Queen

Chris Biz ngo nta bucuti bundi agirana n’aba Video Queen

Chris Biz ngo abakobwa bipfuza kuja muma Clip Video ntibari bakwiye gutinya kubikora, kuko n’akazi mu tundi nkuko yabiyagiye imwe mu mboneshakure za hano iwacu.

Muri ico kiganiro Chris yabajijwe nimba ata bundi bucuti agirana n’abo bakobwa, avuga ko ata buba buhari kuko we nabo baba bari mu kazi Kaba kabazindukanye.

Ivyo akaba abivuze inyuma yaho hari umwigeme nawe asanzwe akora ako kazi ko kuja mu ma Video nawe ahimiririje abandi bigeme kwitabira ako kazi kuko ngo gashobora gutunga umuntu.

Ariko naho wumva biruko, hari abavuga ko ikiba conyegeje inyuma y’ukwo kuja mu masanamu y’indirimbo zitandukanye ngo harimwo n’ubusambanyi buba hagati y’abo baririmvyi n’abo bigeme naho babihakana ku bwinshi.

Facebook Comments

Most Popular

Urwevu: Ba Kavamahanga ntibatwigishije vyose!

NTIBATWIGISHIJE KUBA INTAMBWE. BATWIGISHIJE KUVA INTAMA. Iyo tuvuze intambwe ntimuhave mugira ngo kuvuze ugutandagura. Oya dushatse kuvuga , ukugira umutima w'imboneza( Leaders). Umuntu wese yaje...

Volleyball: Championat National: ASB na Muzinga zaraye zitahukanye ibikombe.

Imirwi 14 niyo yari yitabiriye ihiganwa ryo kurwego rw’igihugu inkino zo mu matsinda zikaba zabereye mu gisagara ca Gitega ahari amatsinda abiri agizwe n'imirwi...

Angelina yoba ije gukura kuri hit Melana ?

Nyuma yo guhitinga n'indirimbo yiwe yambere yitwa "Melana " ,Berry Music yaraye asohoye indirimbo nshasha yitwa "Angelina." Bamwe n'abandi bamaze kuyumviriza baragira ico bayivuzeko. Bamwe bati...

PLB: Musongati ngo gutakaza amanota atatu mube muravyihoza

Mu mpera z'indwi yaraye iheze ihiganwa rya Primus league ryari ryabandanije kundwi yaryo igira 4 , Umugwi Musongati Fc gushika n'ubu uracafata intebe y'ubwami...

Facebook Comments