Home Entertainment M Nif Jimbo: Bantu Bwoy ni Umuryango nkunda kandi nipfuza kubana nawo.

M Nif Jimbo: Bantu Bwoy ni Umuryango nkunda kandi nipfuza kubana nawo.

Inyuma yaho havugiwe amajambo agiye atandukanye ko umwana akiri muto azwi cane mu ndirimbo zigiye zitandukanye ubu hariko havugwa inkuru yuko yoba agiye kwinjira mumuryango Wa Bantu Bwoy.

Abicishije mukiganiro yakoranye na Indundi Tv ๐Ÿ‘‰๐Ÿพ๐Ÿ‘‰๐Ÿพ

Ni M Nif Jimbo yahakanye ararengwa ko ivyo kwinjira muri Bantu Bwoy atarivyo namba ahubwo ko abifitiye ivyipfuzo vyo kuba muri uwo muryango.

M Nif Jimbo yagize ati:

“Mumugwi wa BANTU BWOY bafise ubumwe kandi babanye nk’Umuryango ndabakunda kandi ndipfuza kubana nabo.”

Asubira ati:

“Ivyo nanditse nuko nashatse kubaza abakunzi banje numve ko bo bonezerwa kumbona nja mumuryango nipfuza kubana nawo kanatsinda ko ari ahantu nezererewe umubano waho nuko babanye kuko bo babanye nk’abavandimwe kandi banafashanya muri vyose.

Aho mwomenya ko M Nif Jimbo yishuye ivyo mugihe aherutse kugaragaza ko yoba anezererewe kubana n’umuryango wa BANTU BWOY ndetse anavuga ko akunda umuririmvyi Big Fizzo we ari na kizigenza w’uyo muryango wa Bantu Bwoy.

Nanje nzoronka By M Nif Jimbo
๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ

Facebook Comments

Most Popular

#Diaspora|Ramadhan kuva mu Burundi akaja muri Manchester United nivyo vyamushikanye muri Espagne

  Largie Ramadhan Umurundi akanagira n' ubwene gihugu bw'u Bubirigi ku myaka 19 yahora akiniraย  Manchester United umurwi w'abakiri bato wa B, yanse ko yongereza...

# Indundi Sports | Espoir Fc yaguze umukinyi yahoze akinira Aigle Noir The Fighters

Umugwi Espoir Fc wo mu gihugu c'uย  Rwanda waguze Myugariro avuka kuri Se w'umunya Rwanda nyina akabaย  umurundi. Nahimana Ismail w'imyaka 21 yashize umukono Ku...

Uku niko hatunganijwe amatora mu mugwi Ndangakaranga AMAGABA

Kuri uyu wa mbere MUKAKARO 2020 (01/07/2020) niho mu umugwi ndangakaranga AMAGABA baramuka bakora amatora ya bose yo kwitorera indongozi nshasha zigiye kurongora uwo...

#Indundi Sports| Rayon Sports yaguze umurundi ari mu bakinyi binjije ibitsindo vyinshi

Amakuru dukura mu bamenyeshamakuru b'inkino mu gihu c'u Rwanda amenyesha ko Rayon Sports imaze kugura umusatirizi w'umurundi Nihoreho Arsรจne yafashe ikibanza ca gatatu mu...

Facebook Comments