Home abakinyi bakina hanze # Indundi Sports| Aba nibo bakinyi 10 bazi gutera penariti gusumba abandi...

# Indundi Sports| Aba nibo bakinyi 10 bazi gutera penariti gusumba abandi kw’isi

Kuri uwu wa gatandatu igenekerezo rya 27 Ruheshi 2020,  Indundi Sports ibazaniye abakinyi 10 bazwi kw’isi mu gutera Penariti gusumba abandi .

Ibihangange kw’isi mu gutera Penariti akaba ari ibi bikurikira :

10) Steven Gerard kizigenza wo hagati wa kera wa Liverpool mu bwongereza mu nkino zose yakinye yateye  57 yinjiza 47 akaba afise ibice (85,1%)

9) Franck Lampard umukinyi wo hagati wa kera wa Chelsea yo mu bwongereza mu nkino zose yakinye yateye 70 yinjiza 60 afise ibice (85,7%)

8) Marco Van Basten umukinyi wo hagati kera wa Ac Milan yo mu butariano mu nkino zose yakinye yateye 54 yinjiza 51 akaba afise ibice (94,4)

7) Mario Balotelli umusatirizi wa kera wa Manchester City yo mu bwongereza muri kino gihe akinira umugwi Olympic de Marseille wo mu cicaro ca mbere mu bufaransa mu nkino zose amaze gukina amaze gutera Penariti 42 jinjiza 37 akaba afise ibice (88%)

6) Francesco Totti Kizigenza wa kera wa Ac Roma yo mu butariano yakina hagati , mu nkino zose yakinye yateye Perenati 105 yinjiza 86 akaba afise ibice (81,0 %)

5) Zlatan Ibrahimovic umusatirizi wa kera wa Fc Barcelona wo muri Espagne ,mu nkino zose amaze gukina amaze gutera 90 yinjiza 79 akaba afise ibice ( 87,7%)

4) Alessandro De Pierro umusatirizi wa kera wa Juventus yo mu butariano , mu nkino zose yakinye yateye92 yinjiza 72 akaba afise ibice ( 83,6%)

3) Cristiano Ronaldo umusatirizi wa kera wa Real Madrid wo muri Espagne, muri kino gihe akinira Umugwi Juventus wo mu butariano mu nkino amaze gukina amaze gutera 144 yinjiza 121 akaba afise ibice ( 84%)

2) Alan Shearer umusatirizi wa kera wa Newcastle wo mu bwongereza, mu nkino zose yakinye yateye 67 yinjiza 63 akaba afise ibice (94%)

1) Matt le Tissier umukinyi wo hagati wa kera w’umugwi Southampton wo mu bwongereza, mu nkino zose yakinye yateye 48 yinjiza 47 akaba afise ibice (97,9%)

Facebook Comments

Most Popular

Urwevu: Rumwe mu mpfunguruzo zugurura uturyango tw’ivyumba biri mu bwonko.

Mu bwonko bwawe rero niho urukiza rwawe ruri. Ubutare, amafaranga eka n'ibindi vyose wifuza biri mu vyumba bigize ubwonko bwawe. Mu gitabo canditswe na Napoleon...

Flambeau de la paix y’i Gitega ivugishije benshi

Inyuma yaho Big Fizzo yerekaniye akababaro kiwe, akoresheje aya majambo ati :" Tuzoteza imbere gute umuziki ndundi iyo igikorwa c'igihugu c'uburundi nka flambeau de...

# Indundi Sports | Eric Kirungo yatanguye kuronderwa n’imigwi yo mu Rwanda

Umukinyi wo hagati w'umugwi Olympic Star Kwizera Eric Kirungo atanguye kuronderwa n'imigwi yo mu gihugu c'Urwanda inyuma yo gutsinda igitsindo ciza cane ku ndwi...

# Indundi Sports| Ngaba abakinyi ba kera igihangange Maradona cemera gusumba abandi

  Umukinyi wa kera wa Vital'o Fc Nduwayo Stanley batazira Maradona yavuze abakinyi yigeze kuba yemera mugihe yari akiri umukinyi. Uwo mukukuruke yabiciye bigacika muriyo myaka...

Facebook Comments