Home Basketball Apôtre Jean Paul yasiguye igituma yafashije abakina basketball

Apôtre Jean Paul yasiguye igituma yafashije abakina basketball

Mu mpera z’ino ndwi harasozerewe ihiganwa rya Basketball ryatunganijwe n’imvukira za karitiye Jabe zifashwe mu mugongo n’umwungere w’ishengero Holy center kw’isi buca rirumanya imyaka itatu ribayeho.

Muri iryo higanwa ,umurwi wa Gymkhana ukaba waratahukanye igikombe ukaba watsinze vyoroshe New stars ku manota 74 kuri 49.

Apôtre Jean Paul Manirakiza amenyesha ko bafashije urwo rwaruka ngo kubera rufise iyerekwa rukongera rugahuza abantu biciye muri basket-ball.

Ivyo n’ibindi vyinshi mubisanga mu kiganiro na indundi TV aha musi

 

Facebook Comments

Most Popular

Igiciro c’amazi yo ku mabombo rusangi caragabanuwe

Igiciro c'amazi yo ku mabombo rusangi cavuye ku mafaranga 10 gishirwa ku mafaranga 5 kw'ibido y'amaritiro 20. Ibido cumi zizogurwa amafaranga 50 gusa. Iyo ngingo...

Uburyo bushasha bwo kurwana n’ihindagurika ry’ibihe

Ihindagurika ry'ibihe ngo si agaseseshwa rumuri mu Burundi  ndetse no kw'isi yose.  Kw'isi yose hariho amategeko yerekana ingene abantu bokwifata. Uburundi nabwo ntibwasigaye inyuma,...

Ibikorwa vyari bimaze imyaka 3 vyarahagaze bigiye gusubira gukorwa

Ibikorwa vyo kwubaka urugomero rw'umuyagankuba ku ruzi Mpanda bigiye gusubira gutangura. Urwo rugomero ruzotanga umuyagankuba ungana na megawate 10 n'ibice bibiri Ivyo ni ibiri mu...

Amabanki asaba inyungu z’umurengera asabwa kwikubita agashi

Umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye asaba amabanki y’ubudandaji kwikubita agashi mu kutazimba abanyagihugu ku nyungu asaba umuntu aba ayituye yipfuza kuyasaba ingurane. Ivyo yaraye abishikirije kuri...

Facebook Comments