Home Burundi Uko ibirori vyo kwibuka imyaka 58 iheze Uburundi buhabuje intahe y’ukwikukira vyagenze

Uko ibirori vyo kwibuka imyaka 58 iheze Uburundi buhabuje intahe y’ukwikukira vyagenze

Kuri uno wa mbere Mukakaro umwaka w’2020, Uburundi n’abarundi baramutse bahimbaza imyaka 58 irangiye Uburundi buhabuje intahe yo kwikukira, ibirori vyahimbarijwe ku mirwa mikuru y’intara zigize Uburundi.

I Bujumbura, uwo musi mukuru wahimbarijwe kw’ibarabara ryitiriwe ukwikukira kw’Uburundi, boulevard de l’indépendance.

Ido n’ido ry’ukuntu vyagenze ni ngaha musi muri ino video :

Facebook Comments

Most Popular

Muri Afrika ngo abagera ku bice 40 kw’ijana bararwaye

Nk’uko biri mu cegeranyo c’ishirahamwe mpuzamakungu ryitaho amagara y’abantu kwisi OMS, umuntu umwe akuze kuri batatu ararwaye indwara y’umutima. Ivyo ngo biri uko mu...

Ibanki BIJE ngo igiye gutangura gutanga ingurane ku rwaruka

Ibanki y’Urwaruka BIJE (Banque d’Investissement pour les Jeunes) ngo igiye gutangura gutanga ingurane ku rwaruka. Ni ivyaraye bishikirijwe n’umushikirangaji ajejwe urwaruka, imico n’akaranga i Gitega...

Culture : Baraye batahukanye ikibanza ca mbere

Umurwi w’abavuza ingoma «Amagaba » wari waserukiye igisagara ca Bujumbura niwo waraye utahukanye ikibanza ca mbere. Hari i Gitega ku murwa mukuru wa poritike neza na...

Yaoundé ngo ntacobuza ko Saidi Ntibazonkiza yoshikana imyaka 40 ariko arakina

  Mu gihe umugwi w’intamba mu rugamba wari uhejeje kwirahira Mauritania ibitsindo 3-1 , umumenyereza Kanyenkore Jean Gibert Yaoundé  yarashimishijwe cane n’ingene Saidi Ntibazonkiza yavyifashemwo...

Facebook Comments