Home CAN2019 # Indundi Sports | Mercato Burundi : Musongati Fc imaze kugura abakinyi...

# Indundi Sports | Mercato Burundi : Musongati Fc imaze kugura abakinyi 6

Umugwi Musongati Fc uriko uriyubaka gushasha kugira urabe y’uko uzokwitwara neza mu mahiganwa ya CAF Confederation Cup.

Uwo Mugwi gushika muri kano kanya umaze kugura abakinyi bashika kuri 6 nabo aka ari aba bakurikira

1) Nduwayo Isaac ( Inter Star )
2) Assuman Ntahobari ( Vital’o Fc)
3) Akimana Tresor ( Buja City )
4) Ndizeye Seifu Thomson ( Vital’o Fc)
5) Wilondja Ismail ( Rukinzo Fc )
6) Tarack Tharcisse ( Ngozi City )

Abandi bakinyi uwo Mugwi uzogura tuzogenda tubabamenyesha mu misi iri mbere .

Facebook Comments

Most Popular

# Indundi Sports | Ndayishimiye Mike Tresor yipfuzwa na CSKA Moscou

Umukinyi Ndayishimiye Mike Tresor yari asanzwe akinira umugwi wo mu cicaro ca mbere muri Hollande Willem, ariko aripfuzwa cane n'umugwi ukomeye wo mu Burusiya...

#diaspora|Myfin microfinance igiye kworohereza abarundi baba mu mahanga kuzana imitahe

Hagiye kwugururwa ishirahamwe ryo kuziganya no kugurana(microfinance Myfin),mu ntumbero yo kworohereza abarundi baba mu mahanga gushika imitahe yabo hano mu gihugu. Ubucuti buri hagati y'ishirahamwe...

# Indundi Sports | Official : Iddy Muserem yamaze gusinya muri Gasogi United

Inyuma y'urukurukuru rwava mugihugu c'Urwanda  ruvuga ko umusatirizi w'umugwi Messager Ngozi ashobora kwerekeza muri Gasogi United muri ico gihugu , urukurukuru rwahavuye ruba inkuru...

David Ndikuriyo yimitswe mu mabanga mashasha

Umukinyi wa kera w'umupira w'amaguru akaba yarigeze no kuba umunonotsi Ndikuriyo David batazira Maras yagenywe mu mabanga yo kuba musitanteri wa komine Mabanda mu...

Facebook Comments