Home Burundi Uruhara Yves Melodie wa Best Life Music yagize muri MELANA ya Berry...

Uruhara Yves Melodie wa Best Life Music yagize muri MELANA ya Berry Music

 

Berry Music umwe mubasore bariko barakora neza ndetse ariko yitwara neza kundirimbo yiwe abenshi bazi nka MELANA arasigura neza uko yateye intambwe yambere aza murugendo rw’umuziki nuwamufashije kuhagera.

Mukiganiro yakoranye na Indundi Tv ni Berry Music yavuze amajambo kuri Yvea Melodie ndetse harimwo no kumushimira aho yagize ati:

“Reka mbanze nshimire cane Yves Melodie wa Best Life Music kuko novuga ko mubaririmvyi bazwi ngaha i Burundi ariwe wambere yanteye intege kuko we yarasanzwe anzi kanatsinda twarabana hafi akampa akanya akumviriza impano yanke tukagira n’ivyo dufashanije mudukorwa twa Music.
Nogera ndamushimira cane kuko niwe yanashoboye kumpuza na Kolly aranamusaba ko yomfata neza akumviriza impano yanje ntipfe ubusa binongeyeko ko ntokwibagira ko nari mfise amafaranga adakwiye kuyo nategerezwa kuriha muri studio acayongerako ibihumbi mirongo itatu 30 000Fbu kumafaranga 70 000Fbu narimfise candaheza ndakwiza ibihumbi ijana 100 000Fbu ndakora igikorwa na Kolly kandi kiraheza kiragenda neza.

Aho ivyo n’ibindi vyinshi wobikurikirana uciye kuri ino link musi👇👇👇👇👇👇👇👇

Facebook Comments

Most Popular

Ngozi : Mu myaka 5, hatwaye inda z’ishushu abarenga amajana atanu.

Abanyeshure bashika 527 ni bo batwaye inda z'indaro mu ntara ya #Ngozi, kuva mu 2015 gushika mu 2020. Ihangiro ry'intara ya Ngozi n'uko urwaruka rwokwigishwa...

Bikurubikuru mu vyaranguwe mu gisata c’uburimyi

Ubushikiranganji bw'Uburimyi, ubworozi hamwe n'Ibidukikije bumenyesha ko ibikorwa vyagenze neza kubice 98% mu gice ca mbere c'umwaka wa 2020-2021. Bikurubikuru mu vyaranguwe mu gisata c’uburimyi...

Basaba ikiringo bahawe na Reta co kwugara ko cokwongerezwa

Ishiramwe mpuzamakungu ONU risaba ko ikiringo catanzwe na Reta y’Uburundi ngo habe hugawe ibiro vy’intumwa idasanzwe y’umunyamabanga mukuru w’iryo shirahamwe congerezwa. Vyashikirijwe n’umuvugizi w’umukuru w’igihugu,...

Ivyaranguwe n’ibigiye kurangurwa mw’ishirahamwe ATRABU

Abanywanyi barenga 300 b'ishirahamwe ATRABU rijejwe gutwara abantu n’ibintu mu Burundi nibo barihiwe amafaranga y’ubwishingizi (assurance). Imiriyoni  zirenga 90 ngo zarahawe amashirahamwe akorera muri...

Facebook Comments