Home abakinyi bakina hanze #Indundi Sports | Aba nibo bakinyi inter Star imaze kugura

#Indundi Sports | Aba nibo bakinyi inter Star imaze kugura

Umugwi Inter Star wasigaje abakinyi 5 gusa mu rutonde rw’abakinyi wari ufise mu mwaka uheze , ukaba waciye ugura abashika .
Kuri 9

Abakinyi bashasha akaba ari aba bakurikira:

1) Dusabe Junior ( Delta Star )
2) Ndayishimiye Abdoul ( Buja city )
3) Ndikumana Abdoul Adam ( Athletico)
4) Mbazumutima Baba ( Onlympic Star )
5) Ininahazwe Hughes ( Vital’o Fc)
6) Nzeyimana Juma ( Les lierres )
7) Hakizimana Faradji ( New Oil)
8) Ndayishimiye Abdoul ( Athletico)
9) Uwimana Morgan ( Buja City )

Abo wagumanye akaba ari 5 nabo ni aba bakurikira :

1) Ndikumana Hamza ( Busquet)
2) Hakizimana Amim ( Afizi Nonda)
3) Abdoul Moussa ( Umunyegori)
4) Rukundo Abdoul Rahman ( Papley)
5) Rubugebuge Confident

Uwo mugwi ukaba wavuze ko abakinyi mubona babuze umwanya wariwo wose bazobashira ahabona kugira mushobore kubamenya.

Facebook Comments

Most Popular

Emery Sun ngo abaririmvyi n’indyadya gusa

Emery sun ngo abaririmvyi bose n’indyadya gusa, ivyo akaba aheruka kubishikiriza mu ikiganiro aheruka guha Imboneshakure Indundi Tv. Muri ico kiganiro akaba yagarutse ku...

# Indundi Sports | Ndayishimiye Mike Tresor yipfuzwa na CSKA Moscou

Umukinyi Ndayishimiye Mike Tresor yari asanzwe akinira umugwi wo mu cicaro ca mbere muri Hollande Willem, ariko aripfuzwa cane n'umugwi ukomeye wo mu Burusiya...

#diaspora|Myfin microfinance igiye kworohereza abarundi baba mu mahanga kuzana imitahe

Hagiye kwugururwa ishirahamwe ryo kuziganya no kugurana(microfinance Myfin),mu ntumbero yo kworohereza abarundi baba mu mahanga gushika imitahe yabo hano mu gihugu. Ubucuti buri hagati y'ishirahamwe...

# Indundi Sports | Official : Iddy Muserem yamaze gusinya muri Gasogi United

Inyuma y'urukurukuru rwava mugihugu c'Urwanda  ruvuga ko umusatirizi w'umugwi Messager Ngozi ashobora kwerekeza muri Gasogi United muri ico gihugu , urukurukuru rwahavuye ruba inkuru...

Facebook Comments