Home Burundi Ibihangange biri muri Isanganiro Awards

Ibihangange biri muri Isanganiro Awards

Abaririmvyi batandukanye baomeye ba hano bafise indirimbo mw’ihiganwa rya Isanganiro Awards

Indirimbo 20 ziri mw’ihiganwa rya Isanganiro Awards zamaje kuja ahabona, izo ndirimbo zikaba zirimwo zibiri zibiri z’abaririmvyi Natacha, Mb Data, Vichou na Sat-b.

Hampande ya Sat-b, Vichou na Natacha, muri urwo rutonde rw’izo ndirimbo harabonekamwo indirimbo ya Big Fizzo, Lolilo, dr Claude, Masterland na B Face.

Muri urwo rutonde kandi harabonekamwo indirimbo z’abaririmvyi b’abigeme natacha na Bernice the Bell. Ibisanzwe akenshi ari imbonekarimwe.

Iwawe by Akes don ft Vichou
Bernice the bell – Iwacu
Claude nizi – Sigaho
Guitar by Lolilo
Icipfuzo by Titus
Ikibaju by Mb Data
Iyomba by Big Fizzo
Kidahaga by Tayaya
Kugatumba by Vichou
Sabwe by Masterland
Mubibona gute by Natacha
Pole pole by Arnovic
Karabarya by Sat-b
No Love by Sat-b
Siko yari by B Face
Sindi ikibamba by Mb Data
Suspense by Jay Fire
Urukanywa by Vichou
Utuntu by Dr Claude
Wangu by Natacha

Facebook Comments

Most Popular

Rwa rukurikirane rwa Mkomboz ngo rwamaze kurangira

https://www.youtube.com/watch?v=UqPwmg6YQQY Za ndirimbo zibwa muri Tanzania, zishobora kuba zamaze kuboneka. Igituma nuko umuririmvyi Nzeyimana Thomas benshi bazi nka Mkomboz abicishije ku rubuga rwiwe rwa Facebook...

Preeze 36 yajanye n’umuryango kwunamira umuvyeyi wiwe “Nahigejeje Wenga Emile”

https://www.youtube.com/watch?v=REgC5_uiUqM Preeze 36 uno musi niho yaja kwunamira umuvyeyi wiwe yabuze atanga, nkuko amashusho yabashije gusangiza abamukurikirana ku rubuga rwa Whatsapp  amwerekana ari ku ntatemwa...

Diamond yagavye Tsh 100,000,000 ayaha aba Motard 1000

https://www.youtube.com/watch?v=WQtmaXoJaK0 Nasibu Abdoul Juma benshi bazi nka Diamond Platnumz yaraye yinjirije 100,000,000 z’amafaranga yo muri Tanzania aba Motard 1000 yaguriye igitoro ama litiro 10 y’ubuntu. Ico...

Umugwi ndangakaranga AMAGABA ugiye guserukira igisagara ca Bujumbura ku murwa mukuru wa Poritike

Inyuma yaho umugwi ndangakaranga Amagaba babaye aba mbere mu migwi cumi ivuza umurisho w’ingoma i Bujumbura ngo bagiye guserukira igisagara ca Bujumbura muntara ya...

Facebook Comments