Home abakinyi bakina hanze # Indundi Sports |Abakinyi 10 beza Cristiano Ronaldo yemera gusumba abandi kw'isi

# Indundi Sports |Abakinyi 10 beza Cristiano Ronaldo yemera gusumba abandi kw’isi

Umukinyi w’igihangange kw’isi akinira Umugwi Juventus Cristiano Ronaldo nawe nyene yashize ahabona abakinyi 10 bakomeye kw’isi yemera gusumba abandi .

Mu kiyago yagize n’ikimenyeshamakuru Goal.com uwo munya Portugal ntiyabuze gushiramwo Di Maria bigeze gukinana muri Real Madrid na Luis Figo umunya Portugal wiwabo bigeze gukinana mu Mugwi nserukira gihugu wa Portugal.

Abo bakinyi 10 akaba ari aba bakurikira:

1) Cristiano Ronaldo
2) Angle Di Maria
3) Luis Figo
4) Lionnel Messi
5) David Beckham
6) Radamel Falcao
7) Paul Scholes
8) Xavi Hernandez
9) Andrea Pirlo a
10) Ronaldo Nazario

Facebook Comments

Most Popular

Umugwi Musongati Fc washitse neza i Lusaka muri Zambia

  Umugwi Musongati Fc wo mu ntara ya Gitega waserukiye Uburundi mu mahiganwa ya CAF Confederation Cup waraye ushitse neza i Lusaka mu gihugu ca...

PLB : Uku niko imigwi izohura kundwi ya 13

  Kuri uyu wa gatandatu igenekerezo rya 05 na 06 Kigarama 2020, ihiganwa ryo mu cicaro ca mbere mu Burundi Primus league rizobandanya kundwi yaryo...

Olivier Niyungeko niwe yatahukanye agashimwe k’umumenyereza w’ukwezi kwa Munyonyo

  Ata gukekeranya umumenyereza w’umugwi Vital’o Fc akongera akaba icegera c’umumenyereza w’intamba mu rugamba Alain Olivier Niyingeko niwe yatahukanye agashimwe gasanzwe gatangwa na BCM Burundi...

Ahamagarira abana kwiga urukino rwa Karaté

Mu bihe vy’ibiruhuko abamenyereza mu nkino zitandukanye baratunganya ivyirwa ku bana baba bari mu karuhuko, nko mu nkino za Football, na Basketball hamwe na...

Facebook Comments