Home abakinyi bakina hanze # Indundi Sports | Primus league : Uku Niko inkino z'indwi ya...

# Indundi Sports | Primus league : Uku Niko inkino z’indwi ya mbere zagenze

Mu mpera z’indwi yaraye iheze niho ihiganwa rya Primus league 2020- 2021 ryari ryatanguye Ku ndwi ya mbere .

Uku Niko inkuno zagenze :

– Muzinga Fc yanganije na Royal Fc 0-0

– Kayanza United itsindwa na les Eléphants Fc Impaga 2-0 ( Forfait)

– Aigle Noire itsinda Olympic Star ibitsindo 2-1

– Musongati Fc itsinda Inter Star igitsindo 1-0

– Athletico Academy itsindwa na Dynamik ibitsindo 2-0

– Rukinzo Fc itsinda Vital’o Fc ibitsindo 2-0

– Bumamuru itsindwa na buja City impaga 2-0 ( Forfait)

– Flambeau du Centre itsinda Messager Ngozi ibitsindo 3-0

Facebook Comments

Most Popular

Breaking News : Saido Ntibazonkiza ku rutonde rw’abakinyi 20 b’intamba bazohura na Tanzania

Umumenyereza w'intamba Alain Olivier Niyungeko yashize ahabona abakinyi 20 b'intamba mu rugamba Uburundi buzokwifashisha mu rukino rwa kivandimwe ruzobahuza na Tanzania ingenekerezo rya 11...

Ikiyago : Umukuru w’igihugu aragaruka ku nsiguro ya “Reta Mvyeyi” n’uko abakozi bakwiye gukora

Mu gihe yariko aragirisha ikiganiro aho yishura ku bibazo vy'abenegihugu n'abamenyeshamakuru, umukuru w'igihugu c'Uburundi Evariste Ndayishimiye yagarutse ku nsiguro ya "Reta Mvyeyi" , akamaro...

Ikiyago : Indamutso y’umukuru w’igihugu Evariste Ndayishimiye

Kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 25 Nyakanga, umukuru w'igihugu c'Uburundi yaramutse atunganya ikiganiro kidasanzwe aho yishura ku bibazo bitandukanye vy'abamenyeshamakuru n'abenegihugu, ikiganiro kiriko...

UEFA : Aba nibo bamenyereza bahiganirwa agashimwe k’umwaka

Abasanzwe batwara ihiganwa rya UEFA Champions league bashize ahabona abamenyereza 10 hazotorwamwo 1 kugira atahukane agashimwe k'umwana 2019-2020. Muri kino gihe hakaba hasigaye abamenyereza 3...

Facebook Comments