Home East Africa News Ommy Dimpoz yavuze ku bivurwa ko yarwaye kubera bari bamuroze

Ommy Dimpoz yavuze ku bivurwa ko yarwaye kubera bari bamuroze

ku bivurwa ko Ommy yoba yararwaye mu muhogo kubera uburozi bashobora kuba bari bamuhaye, uwo muririmvyi yagarukiye ku cobo avuga ko ataco yoronka abivugako.

Mu gihe aheruka gutahuka i Dar es ssallam aho yaravuye mu gihugu ca Germany kwivuza uburwayi bwamufashe mu muhogo, Ommy yahavuye avuga ku bivurwa ko yoba yarahawe uburozi kugira abashe kurwara.

Uwo muririmvyi avuga ko yagarukiye aho rwotera izuba, ngo ntawe yoshobora kwagiriza ko yoba yaramuhaye uburozi kugira abashe kurwara uko yararwaye.

Uw muririmvyi avuga ko ashobora kuba yaranyoye ikintu kirati kimeze neza,noneho bigatuma ibintu vyunyuka nkuko vyahora. Aho kakavuga ko ataco yoronka abivugako.

Ommy akavuga ko yatakaje ibiro birenga 30 muri iyo misi yarwaye, ubu akaba afise ibiro 60 mu gihe yarafise ibirega 90, nkuko yabiyagiye Lil Ommy mu kiganiro The Playlist.

Mwomenya ko umwe mu vyamamare bikomeye muri Tanzania vyaheruka kumenyesha ko atazopfa asubiriye kuririmba, ariko akaba yaciye ashira ahabona indirimbo nshasha aho ashimira Imana aho yamukuye.

Facebook Comments

Most Popular

Rwa rukurikirane rwa Mkomboz ngo rwamaze kurangira

https://www.youtube.com/watch?v=UqPwmg6YQQY Za ndirimbo zibwa muri Tanzania, zishobora kuba zamaze kuboneka. Igituma nuko umuririmvyi Nzeyimana Thomas benshi bazi nka Mkomboz abicishije ku rubuga rwiwe rwa Facebook...

Preeze 36 yajanye n’umuryango kwunamira umuvyeyi wiwe “Nahigejeje Wenga Emile”

https://www.youtube.com/watch?v=REgC5_uiUqM Preeze 36 uno musi niho yaja kwunamira umuvyeyi wiwe yabuze atanga, nkuko amashusho yabashije gusangiza abamukurikirana ku rubuga rwa Whatsapp  amwerekana ari ku ntatemwa...

Diamond yagavye Tsh 100,000,000 ayaha aba Motard 1000

https://www.youtube.com/watch?v=WQtmaXoJaK0 Nasibu Abdoul Juma benshi bazi nka Diamond Platnumz yaraye yinjirije 100,000,000 z’amafaranga yo muri Tanzania aba Motard 1000 yaguriye igitoro ama litiro 10 y’ubuntu. Ico...

Umugwi ndangakaranga AMAGABA ugiye guserukira igisagara ca Bujumbura ku murwa mukuru wa Poritike

Inyuma yaho umugwi ndangakaranga Amagaba babaye aba mbere mu migwi cumi ivuza umurisho w’ingoma i Bujumbura ngo bagiye guserukira igisagara ca Bujumbura muntara ya...

Facebook Comments