Home Uncategorized #Indundi Sports | PLB: Uko Niko imigwi yatsindanye ku ndwi ya 2

#Indundi Sports | PLB: Uko Niko imigwi yatsindanye ku ndwi ya 2

Mu mpera z’indwi y’ igenekerezo rya 12 na 13 Nyakanga 2020, ihiganwa ryo mu Burundi ryarabandanije ku ndwi ya 2 yaryo

Uko Niko imigwi yatsindanye :

– BS Dynamik yatsinze na Musongati Fc ibitsindo 2 Ku 0

– Inter Star yatsinze Vital’o Fc ibitsindo 3 kuri 1

– Les Elephants yatsinzwe na Athletico Academy ibitsindo 3 kuri 2

– Olympic Star yatsinze Buja City ibitsindo 2 Ku 0

– Aigle Noire yatsinzwe na Messager Ngozi ibitsindo 3 kuri 1

-Royale Fc itsindwa na Kayanza United ibitsindo 3 kuri 2

– Rukinzo Fc yatsinze Flambeau du centre ibitsindo 2 Ku 0

– Muzinga Fc yatsinze Bumamuru Fc ibitsindo 1 Ku 0

 

Facebook Comments

Most Popular

Diaspora News: Asaba gushigikirwa mw’ihiganwa arimwo rya China Africa cooperation

Umurundikazi Hakizimana Alexia aba mu gihugu c’Ubushinwa  ari mwihiganwa ryitiriwe «China Africa cooperation » arasaba abarundi kumushigikira kugira arabe ko yotahukana iryo higanwa. Kumuha amahirwe...

Rwa rukurikirane rwa Mkomboz ngo rwamaze kurangira

https://www.youtube.com/watch?v=UqPwmg6YQQY Za ndirimbo zibwa muri Tanzania, zishobora kuba zamaze kuboneka. Igituma nuko umuririmvyi Nzeyimana Thomas benshi bazi nka Mkomboz abicishije ku rubuga rwiwe rwa Facebook...

Preeze 36 yajanye n’umuryango kwunamira umuvyeyi wiwe “Nahigejeje Wenga Emile”

https://www.youtube.com/watch?v=REgC5_uiUqM Preeze 36 uno musi niho yaja kwunamira umuvyeyi wiwe yabuze atanga, nkuko amashusho yabashije gusangiza abamukurikirana ku rubuga rwa Whatsapp  amwerekana ari ku ntatemwa...

Diamond yagavye Tsh 100,000,000 ayaha aba Motard 1000

https://www.youtube.com/watch?v=WQtmaXoJaK0 Nasibu Abdoul Juma benshi bazi nka Diamond Platnumz yaraye yinjirije 100,000,000 z’amafaranga yo muri Tanzania aba Motard 1000 yaguriye igitoro ama litiro 10 y’ubuntu. Ico...

Facebook Comments