Home abakinyi bakina hanze # Indundi Sports | Urutonde rw'abakinyi 49 b'intamba batarenza imyaka 20 rwahamagawe

# Indundi Sports | Urutonde rw’abakinyi 49 b’intamba batarenza imyaka 20 rwahamagawe

Kuri uyu wa gatatu igenekerezo rya 23 Nyakanga 2020, komisiyo y’ubuhinga mw’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru mu Burundi FFB irongowe na Gishikizo Jean Pierre hamwe n’ibiro bijejwe ubuhinga yashoboye kwegeranya urutonde rw’abakinyi 49 bazotorwamwo abakinyi b’intamba mu rugamba batarenza imyaka 20 bazokina inkino zo kurondera itike ry’igikombe ca CAN U 20 kizoba mu mwaka wa 2021.

Uru nirwo rutonde rw’impfata kibanza rw’abakinyi 49 bahamagawe:

 

*AIGLE NOIR THE FIGHTES*
1.Yannick Nkurunziza
2.John Franck Nzojibwami
3.Freddy Ciza.

*MESSAGER NGOZI*
1 Arthur Nibikora
2.Olivier Dushime
3.Akbar Muderi
4.Yassin Dushime

*INTER STARS*
1.Hugues Ininahazwe
2.July Rusengo

*FLAMBEAU DU CENTRE*
1.Hussein Nahimana
2.Samir Hassan
3.Aimé Fales Ndizeye

*OLYMPIC STAR*
1.Faustin Irutingabo
2.Mustafa Irakoze
3.Piclaire Irakoze
4.Abedi Ndayikeza

*BUJUMBURA CITY*
1.Lazar Ndabitezimana
2.Siméon Vyizigiro

*RUKINZO*
1.Théodor Ngabirano
2.Alidou Hakizimana

*BUMAMURU FC*
1.Abdelazizi Nahimana
2.Cédric Nahimana
3.Mana Bazunza
4.Paul Nahimana
5.Vianey Habumuremvyi
6.Eulade Kaneza

*MUZINGA FC*
1.Aristote Mpitabakana
2.Yusuf Majdi
3.Richard Bahizi
4.Mossi Nduwumwe
5.Murisho Ntakimazi
6.Jean Chris Dushime
7.Jules Masumbuko
8.Kévin Ishimwe

*BURUNDI SPORT DYNAMIC*
1.Méchack Ndayishimiye
2.Ussein Ibrahim

*ROYAL FC*
1.Somola Nganji
2.Elihoud Nsengiyumva
3.Placide Hitimana
4.Japhet Niyera

*ATLETICO ACADEMY*
1.Elvis Kadashirab
2.Omar Bigirimana
3.Abdour Irankunda

*LES ELEPHANTS FC*
1.Audace Nintunze
2.Pacifique Ndayikeza
3.Amissi Nizigama
4.Japhet Ntunzwenimana
5.Stève Raoul Nshimirimana
6.Michel Ininahazwe

Mwomenya ko imyimenyerezo izotangura Ku musi wa mbere Igenekerezo rya 28 Nyakanga Isaha 7h30 Ku kibuga c’ubuhinga kiri mu Ngagara benshi bita ( CTN).

 

Facebook Comments

Most Popular

Bafise impungenge ko imirimo ishobora gucumbagira muri Kaminuza y’Uburundi

Abakozi bo muri kaminuza y'Uburundi bahurikiye mu masendika SPEUB na SPATUB bavuga ko batewe impungenge n'uko imirimo ishobora gucumbagira muri iyo kaminuza. Imvo ngo...

Abarundi bibutse imyaka 27 irangiye hagandaguwe incungu ya demokarasi

Abarundi bibutse kuri uyu wa gatatu imyaka 27 irangiye uwahoze ari umukuru w’igihugu Melchior Ndadaye agandaguwe, hari kuwa 21 Gitugutu mu 1993. Perezida Ndadaye...

Itsinzi y ’abaririmvyi izanye umunezero mu mvura nyishi

Mu rukino rutari rworoshe abaririmvyi batahukanye itsinzi y'igitsindo kimwe cinjijwe n 'umuririmvyi akiri muto azwi kw' izina rya Saint Floria ku busa bw'aba Dj. Abakinyi,...

Basaba Reta yo muvyeyi basigaranye kubafasha nabo batere imbere

Ishirahamwe ry’abapfakazi n’impfumvyi baharanira agateka kabo AVOD basaba ko Reta yobafasha bimwe biboneka kugira batere imbere. Biri mw’itangazo iryo shirahamwe ryashize ahabona kuri uno wa...

Facebook Comments