Home homepage UEFA Champions League: Iyi niyo migwi iza guhura mu gice 1/8 gishira...

UEFA Champions League: Iyi niyo migwi iza guhura mu gice 1/8 gishira icanyuma

 Ihiganwa rya UEFA Champions league rugiye kubandanya mu gice 1/8 gushira icanyuma . Izi nizo nkino zigiye gukinwa kuri uyu wa kabiri igenekerezo rya 12 Ruhuhuma isaha zine z’ijoro 22h00 – AC Roma iraza kwakira Fc Porto – Manchester United yakire Paris Saint Germain.

 Kur’uyu wagatatu igenekerezo rya 13 Ruhuhuma isaha zine z’ijoro 22h00 haz kuba inkino zikurikira: Tottenham izokwakira Dortmund – Ajax yakire Real Madrid .

Facebook Comments

Most Popular

Diaspora News: Asaba gushigikirwa mw’ihiganwa arimwo rya China Africa cooperation

Umurundikazi Hakizimana Alexia aba mu gihugu c’Ubushinwa  ari mwihiganwa ryitiriwe «China Africa cooperation » arasaba abarundi kumushigikira kugira arabe ko yotahukana iryo higanwa. Kumuha amahirwe...

Rwa rukurikirane rwa Mkomboz ngo rwamaze kurangira

https://www.youtube.com/watch?v=UqPwmg6YQQY Za ndirimbo zibwa muri Tanzania, zishobora kuba zamaze kuboneka. Igituma nuko umuririmvyi Nzeyimana Thomas benshi bazi nka Mkomboz abicishije ku rubuga rwiwe rwa Facebook...

Preeze 36 yajanye n’umuryango kwunamira umuvyeyi wiwe “Nahigejeje Wenga Emile”

https://www.youtube.com/watch?v=REgC5_uiUqM Preeze 36 uno musi niho yaja kwunamira umuvyeyi wiwe yabuze atanga, nkuko amashusho yabashije gusangiza abamukurikirana ku rubuga rwa Whatsapp  amwerekana ari ku ntatemwa...

Diamond yagavye Tsh 100,000,000 ayaha aba Motard 1000

https://www.youtube.com/watch?v=WQtmaXoJaK0 Nasibu Abdoul Juma benshi bazi nka Diamond Platnumz yaraye yinjirije 100,000,000 z’amafaranga yo muri Tanzania aba Motard 1000 yaguriye igitoro ama litiro 10 y’ubuntu. Ico...

Facebook Comments