Home Burundi Bimwe mu vyaranguwe mu bushikiranganji bwo gufatana mu nda n’ibigiye kurangurwa

Bimwe mu vyaranguwe mu bushikiranganji bwo gufatana mu nda n’ibigiye kurangurwa

Ba ntahonikora barenga ibihumbi icumi na kimwe baravujwe, abantu bashika 28 bapfunzwe hadakwirikijwe amategeko bararekurwa.

Ivyo ni bimwe  mu vyaranguwe n’ubushikiranganji bujejwe gufatana mu nda mu kiringo c’amezi atatu aheze.

Umunyamabanga ntayegayezwa mu bushikiranganji bujejwe gufatana mu nda Felix Ngendabanyikwa yabihikirije aho ubwo bushikiranganji bwashira ahabona ivyaranguwe muri ayo mezi atatu aheze.

Felix Ngendabanyikwa amenyesha kandi ko mu vyo bagiye kurangura harimwo kubandanya basaba ababifitiye ububasha kubaronsa amatongo yo gushiramwo imiryango yateshejwe izabo bidakunda ko bazisubiramwo.

Facebook Comments

Most Popular

Ba Musitanteri baronkejwe ingendeshwa nshasha

Inyuma y'inama yagirishije ba buramatari hamwe na ba musitanteri bose ku murwa mukuru wa poritike i Gitega, Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye, kw'izina rya Reta...

#Tanzania Ports Authority : Abagwizatunga b’abarundi bagiye kuharonkera akunguko

Iryavuzwe riratashe, inyuma yaho umukuru w'Igihu c'Uburundi Evaliste Ndayishimiye agendeye mugenziwe  John Pombe Magufuli mu  gihugu kibanyi Tanzania, bimwe muvyapfunditswe vyatanguye  gushirwa mu ngiro.   Kuri...

Umukuru w’igihugu abahamagarira kubera akarorero abandi

Umukuru w'igihugu c'Uburundi asaba ba musitanteri na ba buramatari bose kubera inyishu abanyagihugu barongoye. Evariste Ndayishimiye yabivuze kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 23 Gitugutu...

# Indundi Sports | hoba habuze bande mu rutonde rw’abakinyi bagiye kwitegurira Mauritania?

  Kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 22 Gitugutu 2020, abamenyereza b'intamba mu rugamba baraye batumyeko abakinyi 27 bakina hano iwacu bagiye gutangura imyimenyerezo yo...

Facebook Comments