Home Burundi Bimwe mu vyaranguwe n’ikigo API mu mezi atatu aheze

Bimwe mu vyaranguwe n’ikigo API mu mezi atatu aheze

Impapuro 15 zitanga uburenganzira bwo kuronswa uburusho nizo zatanzwe n’ikigo API kijejwe kworohereza abanyamitahe ku  mashirahamwe yazisavye. Ayo mashirahamwe ategekanya gukoresha umutahe ungana n’imiriyaridi zirenga 710 mu gihe ubuzi butegekanijwe gutangwa burenga  2000.

Umuyobozi w’ikigo API Désiré Musharitse yabimenyesheje kuri uyu wa gatanu, igenekerezo rya 16 Gitugutu umwaka w’2020, mu gihe yariko arashikiriza ivyaranguwe n’ico kigo mu kiringo c’amezi atatu aheze.

Désiré Musharitse avuga ko muri ico kiringo amashirahamwe 1296 n’abantu 500 baronkejwe impapuro ndanga mudandaza ku giti cabo.

Facebook Comments

Most Popular

Ba Musitanteri baronkejwe ingendeshwa nshasha

Inyuma y'inama yagirishije ba buramatari hamwe na ba musitanteri bose ku murwa mukuru wa poritike i Gitega, Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye, kw'izina rya Reta...

#Tanzania Ports Authority : Abagwizatunga b’abarundi bagiye kuharonkera akunguko

Iryavuzwe riratashe, inyuma yaho umukuru w'Igihu c'Uburundi Evaliste Ndayishimiye agendeye mugenziwe  John Pombe Magufuli mu  gihugu kibanyi Tanzania, bimwe muvyapfunditswe vyatanguye  gushirwa mu ngiro.   Kuri...

Umukuru w’igihugu abahamagarira kubera akarorero abandi

Umukuru w'igihugu c'Uburundi asaba ba musitanteri na ba buramatari bose kubera inyishu abanyagihugu barongoye. Evariste Ndayishimiye yabivuze kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 23 Gitugutu...

# Indundi Sports | hoba habuze bande mu rutonde rw’abakinyi bagiye kwitegurira Mauritania?

  Kuri uyu wa Kane igenekerezo rya 22 Gitugutu 2020, abamenyereza b'intamba mu rugamba baraye batumyeko abakinyi 27 bakina hano iwacu bagiye gutangura imyimenyerezo yo...

Facebook Comments