Home abakinyi bakina hanze # indundi Sports | Msaba Seleman yavuze umukinyi akunda mu Ntamba mu...

# indundi Sports | Msaba Seleman yavuze umukinyi akunda mu Ntamba mu rugamba

Uwigeze kuba umukinyi w’intamba mu rugamba hamwe n’umugwi Prince Louis Musaba Selemani yavuze umukinyi akunda cane gusumba abandi mu mugwi nserukira gihugu w’intamba mu rugamba .

Mu kiganiro yakoranye na Indundi TV cerekeye kahise kiwe k’umupira w’amaguru Musaba Seleman yashikirije ibitari bike harimwo no kuvuga umukinyi akunda cane gusumba abandi uwo nawe akaba ari Saido Ntibazonkiza nayo mu kibanza ca kabiri hakaza Nsabiyumva Fréderic .

Seleman Musaba akaba yakinye mu igihugu c’Urwanda , Belgique , Hollande hamwe na Chine , muri kino gihe asanzwe akorera imirimo yiwe mu gihugu c’Ububirigi.

 

 

Kurikirana ikiganiro ciwe yakoranye na indundi Tv 👇👇👇👇

 

Facebook Comments

Most Popular

Rwa rukurikirane rwa Mkomboz ngo rwamaze kurangira

https://www.youtube.com/watch?v=UqPwmg6YQQY Za ndirimbo zibwa muri Tanzania, zishobora kuba zamaze kuboneka. Igituma nuko umuririmvyi Nzeyimana Thomas benshi bazi nka Mkomboz abicishije ku rubuga rwiwe rwa Facebook...

Preeze 36 yajanye n’umuryango kwunamira umuvyeyi wiwe “Nahigejeje Wenga Emile”

https://www.youtube.com/watch?v=REgC5_uiUqM Preeze 36 uno musi niho yaja kwunamira umuvyeyi wiwe yabuze atanga, nkuko amashusho yabashije gusangiza abamukurikirana ku rubuga rwa Whatsapp  amwerekana ari ku ntatemwa...

Diamond yagavye Tsh 100,000,000 ayaha aba Motard 1000

https://www.youtube.com/watch?v=WQtmaXoJaK0 Nasibu Abdoul Juma benshi bazi nka Diamond Platnumz yaraye yinjirije 100,000,000 z’amafaranga yo muri Tanzania aba Motard 1000 yaguriye igitoro ama litiro 10 y’ubuntu. Ico...

Umugwi ndangakaranga AMAGABA ugiye guserukira igisagara ca Bujumbura ku murwa mukuru wa Poritike

Inyuma yaho umugwi ndangakaranga Amagaba babaye aba mbere mu migwi cumi ivuza umurisho w’ingoma i Bujumbura ngo bagiye guserukira igisagara ca Bujumbura muntara ya...

Facebook Comments