Home Sport Match : Musongati vs Flambeau du Centre

Match : Musongati vs Flambeau du Centre

Kuruyu w’Imana igenekerezo 18/11/2020 isaha 15h00min ku kibuga c’iingomai kiri mu ntara ya Gitega niho umurwi wa Musongati Fc wari wakiriye Umurwi wa Vital’O Fc , m’urukino rw’indwi ya 10 ya #PLB2020. iyo mirwi ikaba yanganije igitsindo 1-1

Aaron Musore (7)
Samir Nassir (21)
Ndizeye Eric ( 15)
Tresor Akimana (8)
Joseph Othieno (9)
Eddy Nimubona ( 14)
Asman Moussa Ntahobari ( 4)
Ismail Wilonja ( 23)
Emery Nimubona (3)
Steeve Nzosaba ( 24)

Sub
----
Amissi Asman ( 8)
Abdoul Karim barandondera ( 17)
Djuma Nijimbere ( 16)
Beni irakoze ( 14)
Léonard Gakwaya (6)
Issa Hakizimana ( 4)
Benjamin Rukindo (29)
Roger Bigirimana (25)
Gilbert Tuyimbaze (9)
Djuma Mohammed ( 12)

Sub
-----

Facebook Comments

Most Popular

Umukuru w’Igihugu Evariste Ndayishimiye aritezwe muri Gabon

Umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye aherekejwe n'umutambukanyi wiwe Angéline Ndayishimiye baritezwe i Libreville ku murwa mukuru wa Gabon kuri uyu wa kane. Nk’uko biri mw’itangazo...

Ubutumwa Natacha yatanze ntibubonwa kumwe

https://www.youtube.com/watch?v=W2uDlxqkzZY Natacha ntiyigeze yishura umuntu numwe mu bamuvuzeko nabi ku rubuga rwiwe rwa Facebook, aho bariko bamushira mu kibanza kitajanye n’ubutumwa yari yashizeko abatari bake...

Indirimbo za Big Fizzo zisigaye zivuzwa mu nsengero

https://www.youtube.com/watch?v=W2uDlxqkzZY Indirimbo za Mugani Desire ngo zisigaye zivuzwa no mu rusengero, ivyo n’ibishikirizwa na bamwe mu bakunzi biwe ku rubuga rwiwe rwa Facebook. Mu gihe aheruka...

Bagiye kuronswa ibikoresho vyo kwikingira coronavirus

Hagiye gutangwa ibikoresho vyo kwikingira coronavirus ku bantu babangamiwe gusumba abandi. Ivyo bikoresho bizoba bigizwe n'udufukamunwa, amasabuni, n'umuti wica imigera, bikazohabwa  abantu bageze muza bukuru,...

Facebook Comments