Home africa news Abakinyi 10 b'abanya Africa batunze gusumba abandi

Abakinyi 10 b’abanya Africa batunze gusumba abandi

Kimwe mu binyamakuru vyo muri Africa cashize ahabona urutonde rw’abakinyi 10 b’abanya Africa batunze gusumba abandi. Abo nabo ni aba bakurikira :

1) Samuel Eto’o akaba afise imiriyoni 202 z’amadorari y’amanya America

2) Yaya Touré afise imiriyoni 170 z’amadorari y’amanya America

3) Didier Drogba afise imiriyoni 155 z’amadorari y’amanya America

4) Jay-Jay Okocha afise imiriyoni 150 z’amadorari y’amanya America

5) Nwankwo Kanu afise imiriyoni 100 z’amadorari y’amanya America

6) Michael Essien afise imiriyoni 70 z’amadorari y’amanya America

7) Emanuel Adebayor afise imiriyoni 57 z’amadorari y’amanya America

8) Obi Mickel afise imiriyoni 50 z’amadorari y’amanya America

9)Kolo Touré afise imiriyoni 43 z’amadorari y’amanya america

10) Suley Muntari afise imiriyoni 40 z’amadorari y’amanya America.

Facebook Comments

Most Popular

Rwa rukurikirane rwa Mkomboz ngo rwamaze kurangira

https://www.youtube.com/watch?v=UqPwmg6YQQY Za ndirimbo zibwa muri Tanzania, zishobora kuba zamaze kuboneka. Igituma nuko umuririmvyi Nzeyimana Thomas benshi bazi nka Mkomboz abicishije ku rubuga rwiwe rwa Facebook...

Preeze 36 yajanye n’umuryango kwunamira umuvyeyi wiwe “Nahigejeje Wenga Emile”

https://www.youtube.com/watch?v=REgC5_uiUqM Preeze 36 uno musi niho yaja kwunamira umuvyeyi wiwe yabuze atanga, nkuko amashusho yabashije gusangiza abamukurikirana ku rubuga rwa Whatsapp  amwerekana ari ku ntatemwa...

Diamond yagavye Tsh 100,000,000 ayaha aba Motard 1000

https://www.youtube.com/watch?v=WQtmaXoJaK0 Nasibu Abdoul Juma benshi bazi nka Diamond Platnumz yaraye yinjirije 100,000,000 z’amafaranga yo muri Tanzania aba Motard 1000 yaguriye igitoro ama litiro 10 y’ubuntu. Ico...

Umugwi ndangakaranga AMAGABA ugiye guserukira igisagara ca Bujumbura ku murwa mukuru wa Poritike

Inyuma yaho umugwi ndangakaranga Amagaba babaye aba mbere mu migwi cumi ivuza umurisho w’ingoma i Bujumbura ngo bagiye guserukira igisagara ca Bujumbura muntara ya...

Facebook Comments