Home abakinyi bakina hanze Amissi Cedric yafashije Al tawoon kunyagira Al hilal

Amissi Cedric yafashije Al tawoon kunyagira Al hilal

Umukinyi w’intamba mu rugamba Amissi Cedric abandanya yitwara neza mu gihugu ca Arabie Saudite.

Mu rukino rw’igikombe ca Kings Cup rwaraye ruhuje Al tawoon asanzwe akinamwo hamwe na Al Hilal rwarangiye Al tawoon unyagiye Al hilal ibitsindo 5-0

Muri ivyo bitsindo habonekamwo igitsindo ca Cedric Amissi igitsindo yinjije ku munota wa 56.

Al tawoon ukaba ariwo mugwi uzokina final n’umugwi uzotsinda hagati ya Al itihad hamwe na Al Nassir.

C├ędric Amissi akaba ari umwe mu bakinyi b’intamba mu rugamba bitezwe gukora ibintu bikomeye mu nkino za CAN 2019

Facebook Comments

Most Popular

#Nigerian Film: Genevieve Nnaji amepewa rasmi heshima ya kuwa memba wa Academy of Motion Picture Arts and Science

Genevieve Nnaji amepewa rasmi heshima ya kuwa member wa Academy of Motion Picture Arts and Science na hivyo kuanzia sasa ataweza kupiga kura kuchagua...

# Indundi Sports| Igihe urukino rwa Finale rw’igikombe c’umukuru w’igihugu ruzoberako

Mu gihe benshi bibaza ryari urukino rwa Finale rw'igikombe c'umukuru w'igihugu ruzoberako , kuri uno wa gatanu igenekerezo rya 03 Mukakaro 2020, niho mw'ishirahamwe...

Ku barundi baba muri Canada ngo n’umunezero ugeretse Ku wundi

Ku barundi babarizwa muri Canada ngo aba ari n'umunezero utagira uko ungana igenekerezo rya 1 mukakaro. Uwo munezero abo barundi ngo bawugira kuko iryo genekerezo...

Imideri nkahamwe yokwitabwaho, irafise akamaro kanini mw’iterambere ry’Igihugu.

Mu kiganiro Imideri Times kigiye kuza kiraca kuri Indundi Tv, hagiye kuza haritabwaho cane Imideri ndetse n'abanyamideri. Mu kiganiro twakoranye na Aisha KWIZERA abenshi bazi...

Facebook Comments