Home football Olivier Bayizere yaraye asomye igitabo co kurangiza Kaminuza

Olivier Bayizere yaraye asomye igitabo co kurangiza Kaminuza

Umusatirizi w’Umungwi Messager Ngozi yaraye asomye igitabo co kurangiza amashure ya Kaminuza.

Hari kuri uyu wa Gatanu waraye uheze Igenekerezo rya 14 Kigarama, niho umusatrizi wumurwi Messager ngozi Olivier Bayizere yasoma igitabu kirangiza amashure yiwe ya kamenuza. Ivyo bikaba vyabereye mu ntara ya Ngozi asanzwe avukamwo.

Uyo musore n’umwe mu bakinyi bakuriye mw’ishure ry’Umupira w’amaguru Academie Les Messagers, akaba ari Umukinyi wa Messager Ngozi wundi asomye igitabo ciwe co kurangiza amashure ya Kaminuza ( Memoires), inyuma ya Kizigenza wa Messager Ngozi, we yagisomye mu mwaka uheze.

Facebook Comments

Most Popular

Urwevu: Abantu bose bokwigenza nkawe, ubona isi yokongereza agaciro?

  Abahinga mu kwiyumvira bo muri kahise, aha tugafatira nko k'uwitwa Emmanuel Kant yava mu gihugu c'Ubudagi, "ubuntu" ngo ni aka kantu gatuma umuntu mu...

Uwuserukira Uburusiya mu Burundi yakiriwe n’umukuru w’inama nkenguzamateka

  Kuri uyu wa kabiri, igenekerezo rya 1 Kigarama 2020, umukuru w'inama nkenguzamateka Sinzohagera Emmanuel yuguruye icese isasa risanzwe rya Kigarama ry'inama nkenguzamateka, ivyo bikorwa bikaba...

Kirikou yavuze ku kigo c’impfuvyi ciwe   

https://www.youtube.com/watch?v=WQtmaXoJaK0 Muvyo Imana yamuhaye, Kirikou avuga ko yahawe gutahura igituma yabayeho. Ico gituma ngo nukugira abandi bazobeho biciye mu minwe yiwe, Ivyo n’ivyo aheruka kuvugaira...

Kigingi yagarutse ku mashusho y’urukozasoni amuvugwako

https://www.youtube.com/watch?v=wIuCCQ5ZPyo&t=27s Amasanamu y’urukozansoni yaragize imisi aboneka ku rubuga rwa Facebook rwa Kigingi ngo siwe yayashizeko, Ahubwo ngo n’umuntu yamwinjiriye muri urwo rubuga “Piratage”, gutyo ituma...

Facebook Comments